Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abasirikare 30 ba Somaliya bishwe na Al Shabab
Abasirikare 30 ba Somaliya bishwe na Al Shabab
lundi 2 Rusama 2016, par
Abarwanyi ba Al Shabab muri Somaliya bavuga ko bishe abasirikare 30 ba Reta ya Somaliya, bongera bifatira igisagara ca Runorgood.
Ico gisagara cafashwe na Al Shabab kiri mu buraruko bushira ubuseruko bw’umurwa mukuru Mogadishu.

Igisirikare ca Somaliya ntaco kirashikiriza kuri abo basirikare bishwe, hamwe n’ico gisagara cafashwe, ariko amakuru atangwa n’abanyagihugu baba aho muri Runorgood yemeza ko hafashwe, kandi hagenzurwa n’abarwanyi ba Al Shabab.
IGIHE
Messages
2 Rusama 2016, 10:10, par Nsengimana Venuste
None Ubu Leta Yasomaliya Yoba Yananiwe Kwigizinyuma Azontagondwa?Nibatabaze Abasirikare Babarundi Babirukane Bave Ahohantu Bigaruriye.
2 Rusama 2016, 11:11, par CAKIRA
Mu Burundi dufise ingabo muri Somalie,none leta ya somalie ntiyokwikorako ingabo zintare zuburundi zikabanza zikamesa el chabab?ntimuzi batubonye ko baca banyika?yooo!na kagome ariruka abonye umusoda wuburundi!
2 Rusama 2016, 12:59, par INTAGOHEKA
IBIGANIRO VYIHUTA NABASHABABU KANDI ATAWE BIKUMIRA BIHURIKIYEMWO BOSE
2 Rusama 2016, 15:57, par Fabrice Irambona
Yemw Mbega Abanyafrika Tuzoheza Umudyano Ryar? Icoba Cza Suko Twokwama Muntambara Ahubwo Twoyhagarka . Tugakorbkorwa Vy’iterambere Aho Kwama Mudyane
2 Rusama 2016, 15:58, par Fabrice Irambona
Yemw Mbega Abanyafrika Tuzoheza Umudyano Ryar? Icoba Cza Suko Twokwama Muntambara Ahubwo Twoyhagarka . Tugakorbkorwa Vy’iterambere Aho Kwama Mudyane
2 Rusama 2016, 18:08, par MUYAHUDI
EMW NIZONTAGONDWA ZIRAGITEYISIB KWISIYOSE! YESU GARUKIRA ISIYAW!
2 Rusama 2016, 20:55, par Isaie
Ingabo Za Somariya Umengo Ntizibazako Zirik’urugamba Ziguma Zisinziriye Nkuko Umengo Ntaco Babinezweko Ni Bafyina Bazobamara .
2 Rusama 2016, 20:56, par Isaie
Ingabo Za Somariya Umengo Ntizibazako Zirik’urugamba Ziguma Zisinziriye Nkuko Umengo Ntaco Babinezweko Ni Bafyina Bazobamara .
3 Rusama 2016, 02:37, par tari
Ngirango ahoho Baba sirikare bacu bazandara kuko bakorera udufaranga mugabo vyarabananiye gucungera umutekano wabene gihugu ahubwo aribo basigaye bafise uruhara runini mukwirirwa babagandagura nibiterasoni kugisirikare cacu kubona gishobora gucungera umutekano wabanyagihugu bibindi bihugu ariko bakananirwa gucungera umutekano wabanyagihugu bigihugu cabo
3 Rusama 2016, 06:45, par Binty.
None baribasinziriye?
3 Rusama 2016, 18:45, par Iribuka
UBONA IYO BATUMBERA AHARI BABACANGERO NKURUMBI YARUNGIKAYO CAKABAKURAMWO NK,IGIHUMBI CANKE BABAMARIYEYO VYOBA VYIZA KURUTA
3 Rusama 2016, 19:43, par Etiene
Nibigumye Cgababu Jewe Ndayi Nudukoko Dusara Kandi Abasoda Ba Somalia Nabo Kurya Igitutu Bita Miru Cinjiza Iswingi
3 Rusama 2016, 21:01, par YUSSUF
MWENYEZI MUNGU ATAYIFANYA SOMALI NCHI YA KIISILAMA UPENDE USIPEND
4 Rusama 2016, 13:50, par Turabategerejye 444
Wewe Wiyita Iribuka , Iryozina Ntaryo Ukwiye , Kuko Naho Boriha Imbwa Imenya Umuremyi , Vyoba Byiza . Ntakuntu Wodebagura , Invugo Nkiyo Twayihebeye Byandayubusa Hamwe N’ibihuna ! Al Chaabab Ikwiye Kugenzurwa Naza Drones Zikaza Ziratera Missil Kuri Izomodoka Za Al Chabab
4 Rusama 2016, 21:04
BARARABABABARUNDIBACUNTIBAZOBAMARIREYO
6 Rusama 2016, 20:08, par Elice
Ntaworeka Kwivuna
6 Rusama 2016, 23:37, par saga inoka
nivyukuri naba somariya bishwe?kweli
7 Rusama 2016, 21:28, par Gorodien.
barundi ntimusinzire nkabo basomariya muzemwivuna zontagondwa.