Abasirikare ba Ethiopia batewe n’abarwanyi ba Al Shabab

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 juin 2016 saa 01:39
Yasomwe : 26352
0 0

Abagwanyi b’umugwi wa Al-Shabab bavuga ko bishe abasirikare ba Ethiopia 40 mu gitero bagize ku ngabo z’ubumwe bwa Afrika hagati mu gihugu ca Somalia.
Ababa i Halgan babwiye BBC ko bumvise ibintu biturika cane vyakurikiwe no kurasana gukomeye.
Muri AMISOM bemeje ko ico gitero cabaye ariko bakavuga ko "umwansi yatujijwe bikwiye".
AMISOM ifasha Reta ya Somalia mu ntambara yo kwigarurira uturere turi mu minwe ya al-Shabab.
Mu butumwa bwinshi bwa Twitt, bavuze ko abasirikare babo bari kumwe (...)

Abagwanyi b’umugwi wa Al-Shabab bavuga ko bishe abasirikare ba Ethiopia 40 mu gitero bagize ku ngabo z’ubumwe bwa Afrika hagati mu gihugu ca Somalia.

Ababa i Halgan babwiye BBC ko bumvise ibintu biturika cane vyakurikiwe no kurasana gukomeye.

JPEG - 185.5 ko
Abarwanyi ba Al Shabab

Muri AMISOM bemeje ko ico gitero cabaye ariko bakavuga ko "umwansi yatujijwe bikwiye".

AMISOM ifasha Reta ya Somalia mu ntambara yo kwigarurira uturere turi mu minwe ya al-Shabab.

Mu butumwa bwinshi bwa Twitt, bavuze ko abasirikare babo bari kumwe n’aba Somalia, "basubije inyuma abateye, ubu bataye bakomoka, bakaba bakiriko barabakurikirana".


Kumenyekanisha

1
jean baptiste nduwimana 12-06-2016 à 13:04

nabokurwanya bikomeye kuko ninkozizikibi

2
Ndayikengurukiye Chadrack 9-06-2016 à 22:00

Ebaga Ntituneyewe Ahubwo Nimubatuze

3
Ndayikengurukiye Chadrack 9-06-2016 à 21:59

Ebaga Ntituneyewe Ahubwo Nimubatuze

4
Nimbesha 9-06-2016 à 20:29

None Nkabo Basirikare Bariko Baragwayo Bazira Iki ? Al Shabab Nibayihe Ivyikeneye Guko Nabantu Nkabandi Ahandiho Abasirikare Barahonerayo

5
gabliel 9-06-2016 à 20:02

nyereka ubungene vyagenze ?

6
willynshimirimana 9-06-2016 à 14:17

nibatuze iyo mihimbiri yivyihevyi

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha