Abimukira b’abanyesomalia 18 bapfiriye mw’ikamyo

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 juin 2016 saa 06:24
Yasomwe : 16488
0 0

Igipolisi ca Zambia kivuga ko abimukira b’abanye Somalia 18 bapfuye inyuma yo kwinyegeza mw’ikamyo itwaye ifi yari ivuye muri RDC.
Nkuko Ikinyamakuru BBC cabitangaje ; Umukuru w’igipolisi ca Zambia, Hudson Namachila yavuze ko iyo kamyo yahagaze ku rubibe rwa Congo, igihe abimukira bayihondagura cane bashaka ko abayitwaye babumva.
Abadereva baciye bahagarikwa, Cumi n’umwe mu basomalia 44 bari bayirimwo basanze bapfuye, abandi indwi bitaba Imana mu nyuma.
Mwomenyako abasigaye ari 26 na bo (...)

Mwomenyako abasigaye ari 26 na bo nyene baka bahagaritswe.

Kumenyekanisha

1
Jackson 20-06-2016 à 06:03

Amakuru Yo Muri Kenya

2
Janine 17-06-2016 à 20:45

Imana ibakire kandi ibaharire kuvyo bakoze

3
Augustin Aghahowa 16-06-2016 à 20:26

Mana abarokotse ubazigame.

4
MUYAHUDI 16-06-2016 à 19:46

EMW NABONE BAHUY NINGORAN IMANA IBAKIR MPOJEJ IMIRYANGO YABUZ

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha