Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo : Amacakubiri yasubiye kwibonekeza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo : Amacakubiri yasubiye kwibonekeza

Afrika y’Epfo : Amacakubiri yasubiye kwibonekeza

lundi 23 Ruhuhuma 2015

Muri Afrika y’Epfo hasubiye kwibonekeza amacakubiri, aho umuyobozi w’umwirabure yagenywe kurongora ishure abavyeyi n’abanyeshure baramwanka.

Kw’ishure rito ryitwa Roodepoort, igenwa ry’umuyobozi mushasha w’umwirabure ryatumye igice c’abanyeshure hamwe n’abavyeyi babo bamwiyamiriza. Abo bamwiyamiriza, bakavuga ko atavyo ashoboye. Ariko ababikurikiranira hagufi, baremeza ko uwo muyobozi azira ko ari umwirabure, mu gihe abo bamwiyamiriza ahanini bagizwe n’abazungu hamwe n’abavanze . Mu matohoza yagizwe n’ubushikiranganji bw’indero, bavuga ko, uko kwiyamiriza uwo mupfasoni kugira arongore iryo shure bifise iyindi ntumbero.

Eka no mw’ishirahamwe ry’abarezi ba Roodepoort bakaba batera ivyatsi iyo ngendo y’abo bavyeyi hamwe n’abana babo. Mukamenya ko haciye hatumwako n’inama yihuta kugira ico kibazo kive mu nzira, abana bareke kugumizwa imuhira, babandanye biga.


Aristide Nizigire

Messages

  • PACIFIC NGIRA YABISOMYE; nabandanye avyonga abarundi bazomwereka

  • Ntibizopfa biheze akari munka niko kari muntama ntimurarame ngo vyareheze uwufise amatwi niyumve •

  • Birashoboka akabaramacakubiri canke kikaba arikindikintu cabitumye, ngagarero Burundi duhangayikishijwe namacakubiri yokwanka uwowese yitwa umu cnsdfdd nuwitwako arincutiyiwe, urumututsi womuri CNDDFDD ukaramukubonye umututsi womuyindimigabwe imwimwe ntavuzangaha aragutoteza akakwambura nagashamara ukazakugasubizwako wanashaka abomubwoko bwabahuntu bomuri CNDDFDD canke abandibantubomuyindimigambwe ifitaniye ubucuti na CNDDFDD numuhutunukwo ashoborakwambikwa ibara nabahutunkawe agatabarwa nabamwe mubatutsi.

  • PACIFIC AVYONZE BANDE NIYO MUHINDURA IKIRUNDI NUBURUNDI!!!INDIMI ZANYU NI AMAFUTI GUSA ..KUKO AVUGA UKURI NGO AKOZE MU JISHO DD !!!EREGA IGIHUGU NI ICA TWESE MWEBWE MWIGIRA IMFYISI!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.