Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Barack Obama yashitse muri Kenya (Video)
Yanditswe taliki ya 24-07-2015 - isaha 19:47' na IGIHE

Barack Obama yariyitezwe muri Kenya yashitse (Video)

Ivyiyumviro vyanyu

Barabesha Nta Obama Yagiye Murikenya Yoba Yaje Gukora Iki ?? Vyobarivyiza Obama Agendeye Africa

18.10.2015 à 20:03
Richard

Muri amase

27.07.2015 à 14:28
Jeremie nkundakunya

jewe nagira ni Yesu christo aje kwisi

26.07.2015 à 22:16
michel

ndagushimanyakubahwa.ko.utibagiy.kuvuga.ivya.nkurunziza.ngira.yokunva

26.07.2015 à 19:12
mutoni

NIVYIZA KUBONA UMUTEGETSI NKUWO AZA MURI AFRIKA. ÑIPFUZA KO YOZA MUBURUNDI

26.07.2015 à 12:14
J.de dieu

amakuruyawe,obama,twabasabakomwatuvungaha,muburundi

25.07.2015 à 23:29
ngenzi,billy

nukotubashimiye

25.07.2015 à 23:10
billy

Hongela !Ugende Udukuyeko Ibisakabaka Ah-iwacu I Burundi.

25.07.2015 à 13:22
Cossan Bi

Uratubmira Nkurunziza Arekekudutwara Ducurice Umutwe Urihasi Amaguru Arihejuru.

25.07.2015 à 13:09
Ernest

None ikintu nyamukuru caricamujanye muri kenya nigiki ?

25.07.2015 à 08:18
fabrice nkurunziza

Dutabare nyakubahwa OBAMA uturungikire iyo FBI ngaha iburundi ntusubire inyuma MAVOKA utamumenye uru rutwe rwiwe.

25.07.2015 à 07:52
Abagumyabondo

Komera Mr. President Obama ariko ntutuzanire yamategeko yanyu ya GAYS in our African continent, God Bless You !!

25.07.2015 à 05:54
Erickson

nkajewe umurundi yiyemera ndamuhaye ikaz namashi menshi ndamusaba ko ngenda adukuyeko farawo ningabo ziwe zose nibuhangame uburund

25.07.2015 à 04:02
jules niyongabo

OBAMAKWAHEBANA WIBAZAKWABAZANIYIKI ?ATARIKUBASAHURANUTWABO.NZOBANDUMVAPEBUCEMBONE.

25.07.2015 à 01:59
DAVID SCHIZZO.

OBAMAKWAHEBANA WIBAZAKWABAZANIYIKI ?ATARIKUBASAHURANUTWABO.NZOBANDUMVAPEBUCEMBONE.

25.07.2015 à 01:57
DAVID SCHIZZO.

NAZE IWABO MURI AFRIKA UJE IWANYU ,MBEGA IMBONERAKURE NTA MUTIMA MUGIRA.MUZOBURA UWO MUMESA MWIMESE

24.07.2015 à 22:09
GASORE

Aje Kuronder Ivyo Yiba Muri Afrika. Niyihenda Agahonyora Muburundi Tuzomumesa Ntifyina.

24.07.2015 à 21:37
Marahwe

Aje Kuronder Ivyo Yiba Muri Afrika. Niyihenda Agahonyora Muburundi Tuzomumesa Ntifyina.

24.07.2015 à 21:34
Marahwe

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.