IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Brazzaville : Igiporisi catanye mu mitwe n’abantu bitwaje ibirwanisho

Brazzaville : Igiporisi catanye mu mitwe n’abantu bitwaje ibirwanisho

lundi 4 Ndamukiza 2016, par egide

Amasasu akomeye yumvikaniye mu mabaraba ya Brazzaville, umurwa mukuru wa Congo. Ahakorera igiporisi hatewe kuri uwu wa mbere mu gatondo, mu gace ka Makelekele.

Ico gitero kibaye inyuma y’iminsi mike Denis Sassou Nguesso atsinze amatora y’umukuru w’igihugu ku ncuro ya gatatu, ivyazanye uruhagarara mu batavuga rumwe nawe biyamiriza ivyavuye mu matora.

Denis Sassou Nguesso akwije imyaka 37 ari ku butegetsi. Abatavuga rumwe na Reta yiwe bavuze ko amatora aheruka gutsinda yaranzwe n’ubusuma.

Muri ico gitero, mu giporisi bavuga ko batanye mu mitwe n’abarwanyi bo mu murwi wa Ninja.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.