Cameroun : Abarwanyi 89 ba Boko Haram baciriwe urubanza rw’ugupfa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 18 Ntwarante 2016 saa 09:17
Yasomwe : 15993
0 0

Igihugu ca Cameroon yaciriye igihano co gupfa abarwanyi 89 b’umutwe w’iterabwoba wo muri Nigeria, Boko Haram.
Abo barwanyi baciriwe igihano co gupfa na sentare ya gisirikare kubera uruhara bagize mu bitero vyabereye mu Majaruguru ya Cameroon, agace gahana urubibe na Nigeria.
Abo 89 baciriwe urubanza muri 850 batawe muri yompi muri Cameron, bagirizwa gukorana na Boko Haram.
Kuva igihugu ca Cameroun cemeza itegeko rishiraho igihano c’urupfu mu kurwanya iterabwoba, niryo rya mbere gihanishijwe (...)

Igihugu ca Cameroon yaciriye igihano co gupfa abarwanyi 89 b’umutwe w’iterabwoba wo muri Nigeria, Boko Haram.

Abo barwanyi baciriwe igihano co gupfa na sentare ya gisirikare kubera uruhara bagize mu bitero vyabereye mu Majaruguru ya Cameroon, agace gahana urubibe na Nigeria.
Abo 89 baciriwe urubanza muri 850 batawe muri yompi muri Cameron, bagirizwa gukorana na Boko Haram.

Kuva igihugu ca Cameroun cemeza itegeko rishiraho igihano c’urupfu mu kurwanya iterabwoba, niryo rya mbere gihanishijwe abagirijwe iterabwoba.


Kumenyekanisha

1
KARUGENDO 21-03-2016 à 10:48

UBWO NUBUBESHI

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha