IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Centrafrika: Abashingamateka 22 kw’140 nibo batowe mu gice ca mbere (...)

Centrafrika: Abashingamateka 22 kw’140 nibo batowe mu gice ca mbere c’amatora

jeudi 14 Nzero 2016

Abashingamateka 22 nibo bonyene batowe mu gice ca mbere c’amatora y’abashingamateka yabaye mu gihugu ca Centrafrika.

Umurwi w’igihugu ujejwe amatora muri ico gihugu,umenyesha ko ku ntebe 140,intebe 22 zonyene arizo zatsindiwe mu gice ca mbere c’amatora.

Umurwi ujejwe amatora umenyesha ko,mu bibanza birenga ijana vy’amatora hategerezwa gutunganywa igice ca kabiri c’amatora,naho nyene igice ca mbere caranzwe n’utunenge twinshi.

Bitegekanijwe ko igice ca kabiri c’amatora kizoba kw’igenekerezo rya 31 Nzero 2016,ariko umurwi utegura amatora umenyesha ko urindiriye ingingo zizoshikirizwa na sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.