IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Congo Brazaville: Sassou Nguesso yagenywe guserukira umugambwe (...)

Congo Brazaville: Sassou Nguesso yagenywe guserukira umugambwe PCT

mardi 26 Nzero 2016

Umugambwe PCT wagenye umukuru w’igihugu Denis Sassou Nguesso ngo azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kw’igenekerezo rya 20 Ntwarante 2016,mu gihugu ca Congo-Brazzaville.

Ku myaka 72 y’amavuko umurwi ujejwe kugena abaserukira umugambwe PCT wagenye Denis Sassou Nguesso kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Nzero 2016,ngo azoserukire uwo mugambwe mu matora y’umukuru w’igihugu.

Umunyamabanga w’umugambwe PCT Pierre Ngolo yavuze ko mu kwizera Sasso Nguesso bacaguye neza,kandi ko Sassou Nguesso ahuye n’ibihe igihugu kirimwo.

Mwomenya ko ayo matora yari ategekanijwe mu kwezi kw’indwi ariko Reta ica ihitamwo kuyigiza imbere mu kwezi kwa gatatu.


IGIHE

Messages

  • ABA OPOZA TURAMENYEREYE BAJA MWIBARABARA GUTURIR AMAPINE NIBAGENDE TURABE.INGUVU ZABO AHO ZIGARUKIRA CANKE BABAZUNGU BIRIGWA BARATER INDURU KURI NYAKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.