Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ikiziga ca Papa Wemba cashikanwe i Kinshassa (Amafoto)
Ikiziga ca Papa Wemba cashikanwe i Kinshassa (Amafoto)
jeudi 28 Ndamukiza 2016, par
Ikiziga ca c’umuririmvyi rurangiranwa w’umunyekongo cashikanwe i Kinshassa kuri uwu wa kane.
Umuririmvyi Jules Shungu Webadio azwi kw’izina rya Papa Wemba w’imyaka 66 yitavye Imana kuri uwu w’Imana, inyuma yo kuraba akagwa hasi igihe yari mu gitaramo muri Cote d’ivoire.
Muri ico gitaramo cariko kibera i Abidjan, umuririmvyi Papa Wemba yaguye hasi, ariko abaririmvyi biwe bakaba babandanije ibirori batazi ivyabaye. Papa Wemba yajanwe kwa muganga, akaba ariho yapfiriye.
Amafoto






IGIHE
Messages
28 Ndamukiza 2016, 14:24, par MUGISHA YVES
NONE ABAGANGA BAMAZE KUMUPIMA BASANZE YISHWE NINGWARA IYIHE ?KO YAPFUYE ATAGWAYE.
28 Ndamukiza 2016, 14:26, par MUGISHA YVES
NONE ABAGANGA BAMAZE KUMUPIMA BASANZE YISHWE NINGWARA IYIHE ?KO YAPFUYE ATAGWAYE.
28 Ndamukiza 2016, 14:40, par MUYAHUDI
NON UWOMURIRINVYI KOYARI RURANGIRANWA YOBA YARIRIMBIRA IMANA? NIMBA YARIRIMBIR’IMANA NAYO IZOBIMUHEMBERA
28 Ndamukiza 2016, 18:20, par Mr dj
Ese imana niheyababwiyeko ikunda izonsakuzanyu ngomurayiririmbira?papa wemba yarirurangiranwa nyene yaririmbaneza twaramukundaga sha mwemwabakizwa ibyomwiharaje ngomuririmbira imana nubwescro gusa bubagenza
29 Ndamukiza 2016, 07:35, par Oscar Ntamagendero
None Uwo Papa Wemba Asize Abana Bangahe? Ari N’umugor?Yavukana Naband?Bazo Mushingurah?
29 Ndamukiza 2016, 09:21, par Amini Ndorukwigira
Gupfa ningombwa,ikibi;nugupfiramuvyaha.
29 Ndamukiza 2016, 11:20, par none,asize,abana,bangahe
Ndoricimpa,gordien
29 Ndamukiza 2016, 14:13, par jb
Uyo atwawe na freemoson nimba atabahaye ikimara
Nibo yakorera
29 Ndamukiza 2016, 21:51, par Ericson
Nne papa wemba yoba yarafise umugore cank yishwe nik?
29 Ndamukiza 2016, 22:06, par kalisa olivier
Imana imwakire mubayo gusa naramukundaga cyane
2 Rusama 2016, 19:08, par Ndabaruhiye Elaste
Nukuriturahojeje Umuryangowabuze
3 Rusama 2016, 21:23, par J.PIERREKUBWIMANA
ABAKUNZIBIWE MWIHANGANE!!
4 Rusama 2016, 21:34, par Iranyibutse Prosper
Nne Yabah? Yakorerah? Yasengah?