IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Jakaya Kikwete na John Magufuli babisikanije mu mutekano ntangere

Jakaya Kikwete na John Magufuli babisikanije mu mutekano ntangere

jeudi 5 Munyonyo 2015, par egide

John Magufuli aheruka gutsindira amabanga y’ugutwara igihugu ca Tanzaniya yarahiye icese kuri uwu wa kane igenekerezo rya 5 Munyonyo 2015. Ibirori vy’ukubisikanya na Mrisho Jakaya Kikwete yahora aramutswa Tanzaniya vyabereye mu gisagara ca Dar es Salaam.

Muri ivyo birori, abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko bari bagiye gutera iteka John Magufuli aheruka kwizerwa. Aho twobabwira Paul Kagame umukuru w’igihugu c’Urwanda, Uhuru Kenyata umukuru w’igihugu wa Kenya, hamwe na Yoweri Museveni umukuru w’igihugu wa Uganda.

Amwe mu mafoto


IGIHE

Messages

  • NIVYIZA TANZANIA NIGI HUGU CIZA KWERI TWEHO UBURUNDI BUZOMERA NKATAN9ZANIA RYARI? MANA URAKWIRIYE KUDUFASHA

  • Tanzania Yireke Yoyo Irazi Icamahoro Amaze Mbega Twebwe Nkivyo Bizoba Mu Burundi

  • none ko mutama peter atatumiwe magufuri yakubiseho igufuri

  • AHO PITER NKURUNZIZA NTIMUBONA KO AGOWE KANDI ARI MUBIHANO?? AZOSUBIRA GUSOHOKA AGIYE MUBUBIRIGI KUBAZWA IGITUMA YIGIRA INGANGARI!!

  • nkurunziza yabireberaga kuli TV. hahahahuhuhu. nakamaramaza.

  • harya hajya abagabo nabifuza iterambere ry’akarere , ikigwari nka Peter yaba agenda hehe?.

  • Na mpongeza Rahisi Kikwete kweri nimwanaume, Naongera sana sana Mheshimiwa Magufuri kwaku pata nafasi ya kuongoza Tanzania Mungu akubariki Abari na wa Tanzania wote. na BURUNDI ingechukuriya mfano kwahuyu Kikwete. kwanini Kikwete hakugombeya muhura 3? Jee wa naichi warikuwa hawamupendi? wanaichi wana mpenda sana sana. Hakugombeya tena kwababu anayipenda chi yake na wanaichi.na tena Nyerere Ariachaya waTanzania mfano muzuri wakuongoza Vizuri chi wa Rundi tugechukuriya mufano Kwaraisi Rwagasore na Ndadaye,warikufa birakuona uongozi wao. Ndomana viongozi waburundi wanakosa mwerekeyo wakuongoza ichi. wanakuwa nakiburi, naugaidi,wasiyo jari wa naichi,ndomana damu zinamwagika kira mchana nauziku. Mungu agefuguwa roho ya Nkurunziza piter, awe mtu wakupenda ichi yake nawanaichi. Nakuwa naujasiri wakujuwa washahuri wabaya. nawazuri, kwasababu arishidwa kuerewa wa shahuri wake wa baya. mushahuri mbaya nichawi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.