Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Kenya : Abashingamateka 6 bahagaritswe
Yanditswe taliki ya 14-06-2016 - isaha 11:30' na IGIHE

Abashingamateka batandatu bo mu gihugu ca Kenya baritaba sentare bagirizwa gukwiragiza amajambo abiba urwanko.

Bivugwa ko ku musi w’Imana, umushingamateka umwe yegamiye urunani rw’imigambwe iri ku butegetsi yoba yahamagariye abantu kwica Raila Odinga, uwahoze ari umushikiranganji wa mbere, akaba ari n’umukuru w’urunani rutavuga rumwe na Reta muri Kenya.

BBC ivuga ko n’abashingamateka batavuga rumwe na Reta bavuze amajambo nkayo.

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika muri Kenya yabwiye abamenyeshamakuru ko igiporisi ca Kenya kizohagarika uwo wese akwiragiza amajambo abiba urwanko.

Ivyiyumviro vyanyu

NUKURI NDASHIGIKIYE KO ABOBANTU BOBAZWA KOVYO BAKOZE KENYA NTISUBIRE MUBWICANYI NKABWABUNDI

15.06.2016 à 02:47
KAYOBERA

NUKURI NDASHIGIKIYE KO ABOBANTU BOBAZWA KOVYO BAKOZE KENYA NTISUBIRE MUBWICANYI NKABWABUNDI

15.06.2016 à 02:47
KAYOBERA

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.