Kenya : Joshua Waiganjo yatawe muri yompi kuko yiyise umupolisi

Yanditswe na
Kuya 4 janvier 2013 saa 10:57
Yasomwe : 891
0 0

Umugabo yitwa Joshua Waiganjo yagirijwe ko yigize icegera ca komiseri wa polise mu ntara ya Rift Valley.
Uyu mugabo yar’amaze imyaka itanu yose yiyita umupolisi, yagirijwe no kuba atunze umwambaro wayo bidaciye mu mategeko.
Ikindi caha yagirijwe n’ukwiba, ariko ivyo vyose arabihakana.
Nta nsobanuro zatanzwe ku cateye amakenga ku mwirondoro wa Joshua Waiganjo, bikaza kumenyekana ko abesha.
Umuvugizi w’igipolisi avuga k’uyu mugabo atigeze ahabwa (...)

Umugabo yitwa Joshua Waiganjo yagirijwe ko yigize icegera ca komiseri wa polise mu ntara ya Rift Valley.

Uyu mugabo yar’amaze imyaka itanu yose yiyita umupolisi, yagirijwe no kuba atunze umwambaro wayo bidaciye mu mategeko.

Ikindi caha yagirijwe n’ukwiba, ariko ivyo vyose arabihakana.

Nta nsobanuro zatanzwe ku cateye amakenga ku mwirondoro wa Joshua Waiganjo, bikaza kumenyekana ko abesha.

Umuvugizi w’igipolisi avuga k’uyu mugabo atigeze ahabwa umushahara.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha