IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kiliba : Abasirikare ba Congo n’ab’Uburundi bakoze ibitero ku (...)

Kiliba : Abasirikare ba Congo n’ab’Uburundi bakoze ibitero ku barwanyi

mardi 12 Ndamukiza 2016, par egide

Abasirikare ba Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo (FARDC) hamwe n’abasirikare b’Uburundi bamaze iminsi batana mu mitwe n’abarwanyi ba FNL ya Aloys Nzabampema, i Kiliba.

Ivyo bitero vyakozwe ku barwanyi ba FNL vyatanguye ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2016, nk’uko tubikesha radio OKAPI, bikaba vyabereye i Uvira, mu gice ca Kiliba gisanzwe giherereye muri Ruzizi, ku butaka bwa Repuburika Iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Général Bwange Safari, umukuru w’ingabo za Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, zisanzwe zikorera mu ntara y’ubumanuko bwa Kivu, yamenyesheje ko abasirikare ba FARDC bari ku rubibe rw’igihugu bakoze ibitero ku barwanyi ba FNL irongowe na NZABAMPEMA Aloys.
Iyo ntwazangabo yavuze ko ico gikorwa cabaye inyuma y’aho baboneye ibimenyetso bidasanzwe vyerekana ko abarwanyi ba FNL ya Aloys Nzabampema barengana imbibe binjira muri ako gace.

Urwamo rw’amasasu y’ibikoho bikomakomeye yarumvikanye muri ivyo bikorwa, gushika kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2016.


IGIHE

Messages

  • ubuntakiroberi dushaka twe abenegihugu,atari kagome abitse abagwanyi, sino akarere kibiyaga binini twunze ubumwe FRDC na FDN na tanzanie akarere karapanze atari ikinywamaraso kagome

  • nukubahasha ahobazobabari hose tuzohabasanga nahohoba murwanda ntibazoducika....uburero tugiyekuza turatera mpaka tubahashe...

  • Nibabatuze abo nabasuma ntakindi barota atarukwiba abanyagihugu.

  • turashimiye.inzegozumutekanokurivyobikorwa.vyizabarikurangura.mubakarabe.nkabamwevazananamurwanda.

  • Turasavye reta ya Congo kureka gukomeza kwivanga mubibazo vyabarundi nkuko natwe tutivanga muvyabo turaziko na kabira ariko arondera guhonyanga amategeko mugushaka kwigumiza kubutegetsi niba ariko aritonesha kuri nkurunziza kugira azomufazhe murayo mafuti yabo turabiyamirije nibave muvyacu twarumvise ningene badufungiye umumenyesha makuru ntibaryame umukondora zosi aho ibintu bihindukira tuzobibabaza nkaba nteye intege abobarwanyi bacu ngiranti nibakomere kumuheto ahubwo gace kaba akaryo Ko gutera mugihugu cose bagura akarere nkuko mutama nzabampema yariyabitangaje

  • NUKUBAHASHA IZONTUNVA TWIMUJERI NA TWI SINDUMUJA NTANTAMBWE BUZODUTERANA IYO NIKAMA TU CAYI CAYI IYO

  • Ariko abarundi muri bijuju nkawe utuka kagame urumva ntasoni muzibeshye mwegere numupaka wu rwanda murebe ibizaba nukuruhukira ibujumbura tugasiga iyo leta yanyu yabicanyi tuyirangije

  • @ Tari, wabonye wigeze ubona umusirikare wa Congo yakuziye mugihugu namba ukigira nyene?

  • Ubu Nukumwerka Kagame Ko Mwatanguye Gukorera Hamwe,ndabakeje Maze Muhmagare Na Tanzania Nabo Ntibzoreka Kuza Kubafasha Urwo Rgamba Maze Murase Izo Njavyi Mutera N’ibombe Rimwe*2 Ikigari Asaze Mumwereke Uko Intama Zambarwa Nako Gahugu Bishima Ko Karashobora Kwimuka Ntawutazi Ivyo Ivyo Kagame Amaze Gukrera Ivyo Bihugu Uko Ari3

  • mukoabosirikareba,fNLborekakakubuzaabanyekongoamahoro

  • @ive,
    Kagame yabasabye kuva mumagambo mukajya mubikorwa.
    Ariko ngirango icyo muzi kuruta ibindi n’amagambo!

  • IYABA VVASHOBOKA KAGAME YARAKWIYE KUBAMBWA.

  • hahaha ariko murasetsa pe kagame yababwiye ko abategereje ariko icyo muzi nibigambo gusa ni mwibeshye murebe ngwarabaha isomo mutazibagirwa mwebwe ntacyo mwishoboreyeye usibye iminwa yabarenze

  • nzahora mbaseka paka usibye mwebwe aba civil nkurunziza we arabizi neza ko adasunutsa izuru ryiiwe kumupaka wu Rwanda , urugero 1: yumvishe abarwanyi mu Congo yoherejeyo abasoda kuko azineza ko uburundi na Congo mwese murabarwayi bo mumutwe 2: kuva mukwezi kwa 4 muri 2015 ashinja u Rwanda ko hari abagwanyi babarundi ko atohereza abasoda mu Rwanda? kuko azineza ko yahakubitirwa izakabwana , kagame yarabihoreye mukomeze mumutuke gusa turindiriye aka FDD CNDD kazegera umupaka , uwo nawe wavuze Tanzania yibeshye cyane kuko kikwete yaciyeho kera hari magufuri kd azi ICO gukora ubungubu umubano wu Rwanda na Tanzania nisawa ,musambire muri Congo niho inkozi zamabi zose ziri gasopo Ku Rwanda kuko na nkurunziza arabizi kabisa

  • @ gwasa

    Wowe uri injiji. Muzi gusakuza gusa, niba muri abagabo muzapime mutera u Rwanda, hanyuma murebe akaga muzagira. Ikibazo mufite nuko mutigira ku mateka. Utwo dusoda twanyu ( dore ko nta ngabo zirimo) muzababeshye baze ku mupaka barebe ngo Bujumbura irafatwa mu minsi itarenze itanu. Naho ibyo wivugira ko muri kumwe naba congomani ibyo nugusetsa imikara. Abakongomani ntaho barwanye nabo barabizi. Niba mugira ubwenge mutazashoza intambara kuko mwazicuza ighe kirekire.

  • Akokantu Kiyise Tari Nakagaki?Nagahuna Kimburabgenge ? Ngo Bakomerekurugamba Abasuma N’abicanyi ? Kandi Ngo Congo Ireke Kwivanga Muby’uburundi ? Eka Sukwivanga Muby’Uburundi Ahubwo Kongo Niyikure Akagaye Kuko Umugabo Yozakumezayawe No Kugitanda Cyawe Akikoza Ibyagomba Abayagusuzuguye

  • Mbega Injijiwe ! Wiyise Tari Nakagaki?Nagahuna Kimburabgenge ? Ngo Bakomerekurugamba Abasuma N’abicanyi ? Kandi Ngo Congo Ireke Kwivanga Muby’uburundi ? Eka Sukwivanga Muby’Uburundi Ahubwo Kongo Niyikure Akagaye Kuko Umugabo Yozakumezayawe No Kugitanda Cyawe Akikoza Ibyagomba Abayagusuzuguye

  • Tari Wanjijiwe W’umujinga ! Ngo Congo Ireke Kwivanga Muby’Iburundi Ahubwo Congo Niyikure Akagaye Bujya Uri Umugabo Ujyiye Kumeza Ukaza Ubona Umuntu Utamenya Iyaturutse Agatangira Kukubuzagufungura Byangwa Wajya Kuryama Ukabona Undimugabo Agusanze Kugitanda Wacya Umureka Koko

  • Tari Wanjijiwe W’umujinga ! Ngo Congo Ireke Kwivanga Muby’Iburundi Ahubwo Congo Niyikure Akagaye Bujya Uri Umugabo Ujyiye Kumeza Ukaza Ubona Umuntu Utamenya Iyaturutse Agatangira Kukubuzagufungura Byangwa Wajya Kuryama Ukabona Undimugabo Agusanze Kugitanda Wacya Umureka Koko

  • MBE KO MWANGA KUMPA UMURONGO NUKO NOBA MVUZE KAGOME?

  • @Munezero, zimbaririre izo Njavyi.

  • Ndashimiye congo yadufashije kwivuna umwansi na Tanzania izodufasha maze tuzeturabe inzira bazanana nibababure kwishikana bagihema MUBURUNDI .turamaze gutandukanya ugwampfu n,ururo!,,,....!

  • ewe nzovu eka izina niryomuntu mbe tworinda gushika kumupaka?canke tuzoshika i kigali tukagatoza intoke kagome ahuvuga ngo ubusoda yaba waruzi igisoda cuburundi kari bitumwako mumakungu mbe uraziko uburundi aribwo buheruka gutwara AMISOM itonde basha!na obama anatuogopa acha sha!!

  • ewe nzovu eka izina niryomuntu mbe tworinda gushika kumupaka?canke tuzoshika i kigali tukagatoza intoke kagome ahuvuga ngo ubusoda yaba waruzi igisoda cuburundi kari bitumwako mumakungu mbe uraziko uburundi aribwo buheruka gutwara AMISOM itonde basha!na obama anatuogopa acha sha!!

  • gwasa none ko mutaza kandi ari mwebwe mubabaye? hahahahah , ngo mutwaye AMISOM hahahaha sabagore abasoda banyu birirwa bafata kungufu ndakubaze hanyuma Soudan yepfo, darefour , centre Africa , Haiti hariyo bande ? hanyuma abarinze prisidence ya centre Africa kubwubuhanga na displine nibande? nguhaye devoir gwasa ibyo nkubwiye ugende ubibaze nubimenya uzaze utoreshe intoki uwo umaze kuvuga

  • @ Turaje, uyumusi ahari amarira ejo nimpundu , ahari impundu ejo namarira, ikintucose numwanyawaco , ntiwarikwiye kuvugako arimwebwe tubabaye mwebwe mukibera mumunezero sinshobora kugutara imisi kuko data na mama barabimbujije bompana sinsha ko uknkoresha penarite.

  • ntimukirize u Rwanda murizo WC zanyu rero mumenye ibyanyu natwe tuzamenya ibyacu.

  • ntimukirize u Rwanda murizo WC zanyu rero mumenye ibyanyu natwe tuzamenya ibyacu.

  • reka,babakorogotor izontumva "!!,

  • none kohari inta
    mbara murikongo bizohera ryari intambara irabandanya?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.