Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kofi Annan yasavye Pierre Nkurunziza ko yotanga Imihoho
Kofi Annan yasavye Pierre Nkurunziza ko yotanga Imihoho
jeudi 4 Ruheshi 2015, par
Uwahoze ari umunyamabanga mukuru wa ONU, Kofi Annan, yasavye Petero Nkurunziza ko yotanga imihoho

Uwahoze ari umunyamabanga mukuru wa ONU, Kofi Annan, mukiganira Focus on Africa TV yamenyesheje ko nyuma yaho Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amenyeshereje ko azokwitoza haciye hibonekeza ugushaka gusenyura ubutegetsi, imyiyerekano muma Quartier amwamwe mugisagara ca Bujumbura.
Arongora akamenyesha ko ababazwa nuko abantu bibagira vuba ibihe Uburundi bwaciyemo.

Source: BBC Afrique
IGIHE
Messages
4 Ruheshi 2015, 18:28, par nzisabira barthelemy
aho rero iryavuzwe rigiy gutaha yanka kuneza ntazanka mumiger
4 Ruheshi 2015, 18:54, par cyriaque
mushingantahe kofi, umukuru wigihugu cuburundi amatwi yumviriza impanuro yarayazibiye jewe mbere ndibaza ukuntu umuntu umwe amakungu amureka akaguma amena amaraso yabanyagihugu bikansiga! yarabananiye?canke muramurerekera mukutwica?ahantu na usama mwamufashe, uwumugabo niwe abananiye kweli?mwamakungu ahubwo nkurunziza reka abagaye abahane nimbwa asubire namwe murigayisha.
4 Ruheshi 2015, 18:57, par @Kadara@
nimumuhanure aduhe amahoro kuko igihugu kigeze ahatempa baciye umugani ati <<intabarigwa ibwigwa nuko amaso atukuye>>gusa nuko adutaye mukaga kandi Imana Ntizoreka Kubihora.Ntacijana
4 Ruheshi 2015, 18:58, par minani
Aragenda atange amategeko mugihugu ciwe
4 Ruheshi 2015, 19:08, par BARENDEGERE.
GERAGEZA YAMARA.NTIYUVA.UYOMUGABO.PITA
4 Ruheshi 2015, 19:10
aho rero nature aruhuke bavuga aba dd ngo carabavunye nibarindire kizobakondorera rimwe bavuze ngo bazotumesa nibarindire bakanywa naho peter adapfuye ni lahe
4 Ruheshi 2015, 19:21, par King
Umugabo Ahanugwa Ntiyumve Aba Akeneye Uruphu Mbe Yibaza Ko Abobamuhanura Bamwanka? ahubwo murarabe neza ngira siwe yoba arigisigo kitumva ayavugwa
4 Ruheshi 2015, 19:25, par None?
Siko bimeze, ntakintu cobuza Nkurunziza kwitoza nicogituna mugihugu habahariho amategeko igihugu kigenderako. Ibihangange biravuga ariko iherezo amategeko niyo arihejurugusa. Twebwerero igitumye dukonera nukotugendera kumategeko ibihangangenavyo bikagendera kubuhangange bwavyo.
4 Ruheshi 2015, 19:30, par NZOJIYOBIRI David
Irambire mutama.komeza muduhanurira NKURUNZIZA ngirango azoteba abiheba.
4 Ruheshi 2015, 19:31
UKURI KURAVUGWA YAMARA IBAKWIRENGAGIZA BAKWEGER’IGIHUGU MU KAGA
4 Ruheshi 2015, 19:31, par GAHUNGU JEREMIE
UWOMUGABO YAHO ARONGOYE ONISIWE.AHUBWO IYOYIHANIZA,ABAGIRA IMYIYEKANO,YARIKUBA AVUZE AHUBWO NTAZI AHOWADUKUYE,KOMERA SHIRIRA RAMBA.
4 Ruheshi 2015, 19:31, par minani
Ururumugabo pee nuk, atunva ariko azokunvirayo
4 Ruheshi 2015, 19:34, par ferdinand
Peter we harageze ko uhagarika iyo nkinamico yawe ngo n’amatora. kuko mu misi mike urahinyuka.n’uwahoze ari umunyamabanga mukuru wa ONU arakwiyamye. teshwa ute ntawuhora kungoma
4 Ruheshi 2015, 19:34, par BIRAHINDUKA
Mbe uwo ngo ni Kofi n’iki ngaha mu Burundi? Be mwibuka ko Uburundi bwikukiye butagiterwa ubwoba!
4 Ruheshi 2015, 19:35, par Iribuka
Nkurunziza we, wanka ijambo ry’umukuru ukarishima umukurura,kandi agasozi k’intahanurwa kahiye abagabo babona ikizi nabavyeyi birirwa barahekurwa nizo mbonerakure Iyidaca urwankunzi ibahe ingero ikwiranye namaraso aseseka
4 Ruheshi 2015, 19:59
Namanze Ahanure Kagame Abarundi Ni Batureke Menya Neza Za Mbonerakure Abapolisi N,abasoda N,abagumyabanga Bamuyoboka Turiteguye Kumutora ako Karwi Kari Kurushi Niko Kemez,amakungu Ko Yotanga Imihoho Ivyokwirikir,ivyo Mwe Ntimwovyitura Vug,ivyanyu Ivyacu Tuzobiheza
4 Ruheshi 2015, 20:00, par Nizigiyimana Jean Claude
Narekere Abandi Batware Kuko Mandat Yiwe Yaraheze Areke Gushira Imbere Inyungu Ziwe Ahubwo Ashirimbere Ineza Yumunyagihugu Wese.
4 Ruheshi 2015, 20:12, par GAHUNGU JEREMIE RUSUMO 1
NYAKUWAHWA PITA RAMBA KUKO IMANA YARAGUTORANIJE MUBANDI MUBURUNDI,NTAWEMUNGANA KUKO NTAWEBATERAKUDETA IKANKA ,ATARIWEWE,GUMAKWIVORA ABARUNDURINYUMAYAWA,KOMERA RAMBA SHIRIRA.
4 Ruheshi 2015, 20:12, par ILDEPH KUMAVU NTIBURUMUNSI.
BIMWE MUBIBABAJE,NUKO BAMWE MUBANYEPOLITIQUE BASHIR’IMBERE INYUNGU ZABO.NUKURI KUZIMA IBIVYOSE BIRIKO BIRABA,BIHARURWA KURINYEN’ICUBAHIRO UMUKURU WIGIHUGU,KUKO NIWE ARIKO ARATUMA ABARUNDI BARYANA.ICIYUMVIRO NOMUSHIKIRIZA,N’UKO YARIGUTANGA IYIMANDA YAGATATU HANYUMA INYUMA Y’IMYAKA ITANU AGACAYITOZA KUGITI CIWE,KANDIYOTSINZE.NONE AY’AMARASO ARIKO ARASESEKA,NUKO BIZOHAVA VYIJANA?NIBARABE ABAHANUZI BOBA BARAMUHANUYE BAZUNGURUSHE UBWENGE BARABEKOBATIHENZE BISHIMIKIJE UBUGABO ATAHO BUFATIYE.RABA IGIHUGU KIRASHOBORA KUJA MURI LETA MFATAKIBANZA,NONE INYUNGUBAZOBA BUNGUTSE IRIHE?UBUGABO BWABO BUZOBA BUHAGAZE KUKI?GUSUK’ABANTU MUNDYANE?NIBIKEBUKE BIBAZE.
4 Ruheshi 2015, 20:25, par Nkwavu Venant
Amakungu menshi arahanura ariko ntiyumva!MANA dutabare umushiremwo umutima woroshe.abo bandika ngwamakungu ajehiyo.nabashaka intambara kuko batariyibona.nibayikwege harigihe yobahitana.harumuntu atariko arakorwako nibi bibera muburundi?IMANA niyo izoca urubanza amakungu abandanye adushigikira
4 Ruheshi 2015, 20:25, par Hagabimana eric
Murakoze cane kwibuka guhanura abarongoye uburundi. Ariko ntibiherere ngaho gusa.ahubwo nkuko mwabitanguye nimudufashe twebwe abarundi kugirango amahoro agaruke muburundi.ariko nuko umengo muratinya kuvuga ijambo ritomoye!!!! Jewe nitegereje ico kibazo kiri muburundi ndabona kuba bifitiye uburenganzira coroshe gukemura!!!
4 Ruheshi 2015, 20:35, par Nibizi
Hivi Uwomugabo Avuga Yuko Arongoye Onu Ariyumvira?Ahubwo Twabonye Kwamoko Yatanguye.Ahubwo Gerageze Mumureke Kuko Urubanza Gwavyose Namatora.Twaravuye Muntwaro Zakera Reke Nawe Abanyiganze Turibeshi Tumushigikiye.
4 Ruheshi 2015, 20:53, par jonny
Kofi Annan u ahave nothing to say, u has lost ur mind! ...ntaco uvuga kuri president pierre Nkurunziza.
4 Ruheshi 2015, 20:53, par jonny
Kofi Annan u ahave nothing to say, u has lost ur mind! ...ntaco uvuga kuri president pierre Nkurunziza.
4 Ruheshi 2015, 21:04, par ISA
NONE NTIYOMVA IMPANURO
4 Ruheshi 2015, 21:20, par VENUS ONE MUHUZO
UWOMUNTU AVUGA NGO ARONGOYE ONU NATUREKE TWEBWE NITWEBWE TUZICO TUZIKORERA MARANGARA
4 Ruheshi 2015, 21:20, par emma
emma
mutama kofi imyaka ntinyegezwa ubwo nubusaza bwagufashe mutama kofi ubu twebwe abarundi nti tugitegwa ubwoba na bakuru bibihugu canke ibihugu kandi umenyeko twikukiye pita nawe ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda.
4 Ruheshi 2015, 21:54, par NTAKABURIMVO
NI MWISUNGE AMATEGEKO MUREKE KUVUGA MESHI NIMUBAZE UMUGABO YITWA MATEGEKO
4 Ruheshi 2015, 22:01, par nakibane
Naveko ahe abandi batware imana ntawe yandikiye gutwara ibihe bidashira.
4 Ruheshi 2015, 22:18, par Délicia
abarundi bati:uwukebura uwutumva agwiza utubuye,komenzimpanuro azotindayumve.ikiryoshenikimwe,wenyene ubwiwe ati:uwuzowucana uzohera iwe uherere iwe.ntarindekowakanarekicokiringo,aduhamahoro!
4 Ruheshi 2015, 22:26, par amina
Peter komerezaho wereke abo banyamerika na buraya ko africa yubu itandukanye niyo hambere,aho baduhaga amabwiriza tugenderaho, bereke ko ubu africa yikukiye. bagukureho urusaku!
4 Ruheshi 2015, 22:27, par amina
Peter komerezaho wereke abo banyamerika na buraya ko africa yubu itandukanye niyo hambere,aho baduhaga amabwiriza tugenderaho, bereke ko ubu africa yikukiye. bagukureho urusaku!
4 Ruheshi 2015, 22:44, par eric
Erega nkurunziza naho utinya kuja irahe uzogenda. umenye ko udasumba khadifi naba sadamu na osama n’abandi benshi nkawe. umenye iyo ngese udushiramwo y’amacakubiri twebwe urwaruka tubirengeye. dukeneye kwubaka igihugu cacu .izo mboneranyuma zawe buca mumaramarana muzojana mwibuye mubu hollande
4 Ruheshi 2015, 22:45, par eric
Erega nkurunziza naho utinya kuja irahe uzogenda. umenye ko udasumba khadifi naba sadamu na osama n’abandi benshi nkawe. umenye iyo ngese udushiramwo y’amacakubiri twebwe urwaruka tubirengeye. dukeneye kwubaka igihugu cacu .izo mboneranyuma zawe buca mumaramarana muzojana mwibuye mubu hollande
4 Ruheshi 2015, 22:45, par Kanyosha
Ingorane twebwe abasomyi bikikibyamakuru tugira nuko abaduhinkuru kurikiminyamakuru badutororokaniriza inkuru zijanye nabanegura Nkurunziza na reta arongiye gusa, ntibaheze ngobashiremwo abamushigikiye canke abashigikiye reta arongoye. Nkubu ivyavuzwe na president wa SAfrica ntavyo bazoshirako, ivyavuzwe na Kambanda ntavyobazoshirako, ivyavuzwe nubumwe bw’Africa ntavyobazoshirako, ivyavuzwe numuntu wumuny’Amerika ari Washington DC ntavyobazoshirako, ivyavuzwe nabamwe mubazbingamateka b’America ntavyobazoshirako, ivyavuzwe nabamwe mubarundi bahoze mumyiyerekano hanyuma mucicaro bagiriye mukigobe bakavugako bahevye imyiyerekano ntavyobazovuga, etc. Usomagusarero ikikinyamakuru womengo Isi yiyubitse kuri reta yuburundi. Arikorero rekambaze bagenzibanje ndusanzwe duhurira kwururukuta rwikikinyamakuru: Mbega iritwigita itangazamakuru ritabogamye? Canke ryobaritangazamakuru ribogamye?
4 Ruheshi 2015, 23:09, par ana
harabataramenya ko uburundi ari igihugu kigenga!!muzamubbaze abanyarwanda nibo bazi uwo mugabo,nimwicare mwishakemo umuti,kuryana nta mu maro!!ubwose abari gupfa barazuka!!muteye agahinda!!imyiyerekano y’iminsi 40 biteye isoni n’agahinda!!!!
4 Ruheshi 2015, 23:45, par ntiwihebure
kanyosha nawe, ico j maze kubona, ubu abarundi ntbagifise akaranga kabo kose, karavungutse. kare vyari bizwi hose mumakungu ko abarundi ari abantu badatwarira hejuru, bitonda, biyumanganya b’ibanga, kuburyo bitari vyoroshe kumenya iryo umurundi agona. kuburyo rero abamenyedhamakuru vyari vyoroshe ko bagendera ibanga ryabo mugutanga inkuru zidahengamye. ariko siko bimeze. turazi ko atajambo ribura aho ryegamira muri rusangi, ariko abanyamakuru bategerezwa ko bakora umuga udasanzwe. baurikirwa n’abantu b’imico, unumenyi n’intara nyinshi, kandi ivyo bashikirije nti buba biheze. gukingira umwuga n’ubuntu bwabo vystegerezwa kuja imbere, kuko izi nkuru za politike zimeze nk’umuvo utwaye inginagina, ushaka kwambara agahuzu keza uwuraira kure. ubundoho ushatse ngo uhagsraremwo wumvirize umukuba canke uwpngereze, utaguhitanye urgucafuza ukirenganira ugasigara urondera ingene wokwiyeza bidakunda eicuza ico wagiriyeyo. usomye uca wumva impemu. gusa nibatere intambwe kandi sibo gusa.
4 Ruheshi 2015, 23:46, par murundi
abahutu bose mwagiz commentairemurafis ikint muhuriyeko.mvuz abahutu kuko mwerekany inzigo yinzikira mufitiy abant Imana yaremy bitwa abatutsi.muri utujuju kand mwese mwank urunuka ico kigugu Imana yakuy kucavu nn cisubijeyo.aho mwomuhanuy mwibaz kwari iki nkurunjija mwisi,?uwo mwarimu wa sport?ico akoz yakoze
icambere azopfa atarons iteka kuko ntaryo akwiy munama nkenguzamateka,
yakoz gusambura bkwiy umugambw CNNDFDD aho ni sawa kuko ntaco umaz,
ico ubivy naco nico wimbura.ayo maraso azomukwirikire gushka kurunganw rwa 12
5 Ruheshi 2015, 00:12, par Butama
Mbega ni kuki barindira kubimwibutsa kandi azi neza ko Ibwirizwa shingiro ribimutegeka? Les manifestants barabimubwira, Opposition na Societe civile navyo nuko nyene. None twovuga ko Nkurunziza asigaye ari ikitumva ? N’uwutumva arafise amaso yokubona ko ibintu bitangenda neza mu Gihugu c’Uburundi. None tuvuge ko yoba ari impumyi? Oya niyikubite agashi kweri areke kwimaramaza no kumaramaza Uburundi n’abarundi. Nasubize ivy’abandi duheze dusubire kugira amahoro kandi n’abahunze bose batahuke tutibagiwe abapfunzwe Kubera ikiringo ciwe ca 3 kitemewe n’amategeko... Trop c’est trop, qu’il decampe !
5 Ruheshi 2015, 00:32, par Kanyoni
Mbega ubundi hoho agarutse ibintu bimaze kuyangara gushika iyo hose, twosubira guhemana gute mu Burundi mu myaka itanu yimirije gusubira gutwara ? Abamutoye imyaka 10 iheze irakwiye, ubu naho abataramugomwe nabo bafise ijambo uko Ibwirizwa shinigira ribibarekurira. Harageze rero ko abisa abandi kuko ivyo ariko arakora vyerekana ko akengera abashingantahe b’Uburundi, ukamenga niwe wenyene azi icarico gutwara Igihugu... Natubise natwe twimenye kuko n’inyoni mbona bwira zifunguye na kabiri ku munsi alors qu’au Burundi il y a des gens qui meurent de la faim jour et nuit.
5 Ruheshi 2015, 01:08, par vuganeza
Parlons ya kahise kivyabaye i burundi,effectivement uwo mutama w’ubwanwa bwera afise umuzungukazi azi iki ku vyahitiye i burundi.Abatutsi bishe ndadaye ,bakatwica bakadutikiza i bujumbura no mu gihugu cose ibigwanisho vyose bikadusohokeramwo,ama bombes akayaga mu gihugu cose,yari he uyo annan ko ama rapports yamushikira ,nanume ,natuveko,ntavyo twibagiye,kandi peter ni 2è mandat si 3è mandat.Ubu bose bumva bafise ico batwigisha,bumva bafise ivyo baduhanura aho twariko duhonywa n’abatutsi atawavuga,aho twari mw’ishamba ata numwe yadusanzeyo ,banume turabiyamirije,ntawuzi ivyo twaciyemwo mutuveko!!Ntiturekura,iyi mandat ya kabiri ni iyacu mushaka kuyitwiba,turanse,abo mutubwira je ne sais pas kadhafi n’abandi ntimwibagire Bashar al asad wa syria nawe abanyagihugu bari inyuma y’abazungu nkamwe abatutsi bashaka kumugira nka khadafii na sadam!!
5 Ruheshi 2015, 03:35, par JAY
IMANA niyo izotabara abarundi naho bohanura ntivyokunda ikind har abantu bamw bamw bavuga ngo twe abarundi turashoboy kand vyishi muvyo dukoresha biva hanze yigihugu bikaz ari nkimfashanyo mutam kofi wakoze kumpanuro watanz IMANA igushimire faraoon yahanurwa kenshi akanka kurekura ubwoko bw,Imana yahavuy abona ibihano nuwundi narindire murakoze
5 Ruheshi 2015, 03:51, par Ntawe
Umuhanuzi Mubi Angana Umurozi.Nyamitwe,arnamuye Ngo Amerika Ntaco Yovuga Ku Burundi Bwarikukiye?Haaa Emwe Guta murudubi Umuntu Nibibi Nyami Mbe Nkubu Nimba Wubatse Ntavyo Nzi,abavyeyi Bawe Uca Ubasumba?Ntanakimwe Basubira Kuguhanura?N,aho Datawanje Umuntu Yoba Yavukiye Mugisagara, Hariho Ivyo Kubaha.
5 Ruheshi 2015, 05:58, par Fravier
Birakwiyekoyotanga,imihoho,kuko,abarundi,bahahoneye
5 Ruheshi 2015, 06:28, par Mkweli
Mbe Mwe Mushigikiye Petero Mwoba Muzi Icibwirizwashingiro Ry’uburundi Rivuga Kuvyerekeye Ikiringo Ca Gatatu? Baza Musome Ibwirizwashingiro Niho Mwobona Ko Mushigikiye Ugabo Atunva
5 Ruheshi 2015, 06:52, par Hanugwa Wumve
Mubwire Nuko Atamutima Namatwi Umenga Arafise Mugabo Rindira Agiye Kwumva Nakari Ugutwi Kwimpene Kwumva Kwokeje!Bamwubaha Abasaza Sha!
5 Ruheshi 2015, 07:14, par claire
Jew abnya politique murantwenz mbega nkurunziza ahevy gutwar yoba iki?Ereg mwomenya ko atari dawidi yasizw amavut n’Imana,ikindi bamusoma amategek,kndi umutegetsi mwiza ntarwanir ubutegetsi.
5 Ruheshi 2015, 07:21, par KAMWEMWE
NANJE BIRANTANGAZA CANE GOSE KUBONA UYU MURONGO WARUKWIYE KUVUGA KU MPANDE ZOSE,HABA KURABO BAVUGA KO BADAKENEYE KO YITOZA CANKE ABAMUSHIGIKIYE.VYOBA VYIZA CANE MUBISHIZEKO VYOSE.JEWE NARITEZE KO MUSHIRAKO IVYO URYA MUNTU YARI MUBARONGOYE URWARUKA RURI MU MYIYEREKANO YAVUZE KO BAYIHEVYE KUBERA BAHENZWE.AHO MWOTUBWIRA KO ATAMUNTU NUMWE ASHIGIKIYE NYENICUBAHIRO?NONEHO NABO BAMWANKA NKUKO NKUNDA KUBIVUGA NTAWUSHOBORA KUGWANYA UWO IMANA YASIZE AMAVUTA ,KANDI NTAWUVUMA UWO IMANA YAHAYE UMUGISHA.NIBAHUMURE NABO NYENE BAZOSHIKIRWA IGIHE CABO KIGEZE MUGIHE BUBASHE IMANA KUKO MURAZI NEZA KO ATAKUGANZA KUTAVA KU MANA.UWO KOFI ANNAN UTI HARYA NTAMUNTU NUMWE ASHOBOYE KUMUNYIGANZA KUCICARO CIWE KIRETSE IMANA IGIZE ITI MWANA WANJE RUHUKA.NICO GITUMA MWABONYE NA COUP D,ETAT ATACO YASHITSEKO KANDI NTANIYIZOSHOBOKA KUKO NUMUSENZI AKOMEYE NAHO HARI ABAMWITIRANYA NA FIRIMASON.MUGABO NTACO TUZORABA FIRIMASONI IYARIYO.
5 Ruheshi 2015, 07:22, par cool
wangegera we kanyosha niba usoma washyize mega imwe ujye ugura amamega akwiye iki kinyamakuru ryarikitavuga ibya nkurunziza ntikiri mu byambere byavuze ko yatowe erega wihenze si rema kuraho amacakubiri yakurenze kugeza aho uyagira no kuri net internet ejo uzavuga ngo ni abatutsi bayizanye amoko yarakurenze ngirango ugura ipantaro y imputu w kirogorogo we iby cndd ivuga ntibitangazwa amacakubiri arashobora kurenga umuntu gushika naho ejo uzavuga ko hari imodoka z intutsi n imputu uri umuswa kabisa wanyuma
5 Ruheshi 2015, 07:34, par Ana
Nyakubahwa Nkuko Warongoye Akakare Ukumvikanisha Ibi na biriya Vyukuri Mwoba Indorerezi Zokurebera Abarundi Bakaguma Bicwa Ngo Nuko Batemera Manda 3 ? Peter Nkurunziza Yarananiranye Pe Hako Acntubo Bohunga Igihugucabo Kubera Umuntu Umwe Yovaho Hagatwara Abandi
5 Ruheshi 2015, 07:41, par KAMWEMWE
ARIKO SINOREKA GUKEBURA ABANDIKA IVYIYUMVIRO BABICISHIJE MUBITUTSI.HARYA GUTUKA UWUNGANA NA SO CANKE AMUSUMBA UBA URIKO URIKO URIKWEGERA UMUVUMO.BE MUHISHA INGESO ZANYU BIZOBAFASHA MUBUZIMA.ARIKO MU MENYE UMWANA YANKWA NIWE AKURA.
5 Ruheshi 2015, 07:54, par SABUSHIMIKE JAPHET
NTIMWUMVE IVYOMUGISAGARA MUGIHU HAGATI PEREZIDA WACU TURAMWEMERA MUREKE TUZE TUBIRABIRE MUMATORA
5 Ruheshi 2015, 07:58, par ok
Stop nkurunziza akarorere igihe ca coud etat abakuyoboka bose nibo batavye jw narabonye ababinyegejemwo rr nibareke kuguhenda kk beshi nabakwanka umus wurubanz uzorabe bamwe waruzik bagushigkiye nibo bazokwihnduka nkuko wihindutse useni Radjabu
5 Ruheshi 2015, 08:27, par Gerard
Mbegankurunziza Abobavugakoyubaha Imana Nibande Muramusengera Umuntu Agombakwumira Kubutegetsi!!!Yogomba Yorekura Abarundibatamushakabakaronka Amahoro Jewendurimyi Cankumusoda Nzogumamparanira Amahoro
5 Ruheshi 2015, 09:07, par majos
Mbega intwari komeza muvuge har aho yotebakabikora gusa abantunkaba bakwiriye kumushikira atakuvugirakure kandi atakuvugirumuvumbi kumuvumba kuko ukebura intumva agwiza ibinonko nawe niyumvizompanuro ntahezenabi twaritwa ramukijije
5 Ruheshi 2015, 09:11, par Bucumi
Intumva ibwirwa n’uko amaso atukuye. Nasabe ikigongwe abarundi babuze ababo kubera we hama asabe n’amakungu kumwanya bataye bahuhanura mugabo Rwasa sinzi ko yomugirira imbabazi nabanywanyi biwe batekera mumagunira bagata munzuzi Eeemwe ntibizoroha mumisi iri imbere.
5 Ruheshi 2015, 09:13, par SOSO EDI
ABAMWEMEZA BOSE BARATINYA GUSHIRAKO IZINA.EHE UYU NGO YITWA OK
5 Ruheshi 2015, 09:26, par Ndihokubwayo Thierry
kof avuga nkumushingantahe pe?
5 Ruheshi 2015, 09:29, par Deogratias SINZINKAYO
Emwe, bamuhanura ni uko atumva nyene. Yamara ni amenye ko "Kananirabagabo atimye" kandi ata wusomera induru ivuga.
5 Ruheshi 2015, 09:33, par vuganeza
Abatutsi n’abandi mwese,ntaco muzogira nkurunziza ,ari mu kuri amategeko arabimwemerera,imana niyo nkuru naho mwibazako abo mwisi bose bamwanse,bararutwa n’imana yamuremye ikamushira harya,nawe murundi ntiwishimire ubututsi bwawe ico cavu nawe hari aho wokijamwo weho ntuzopfe ukivuyemwo,ça pourrait t’étonner,vous etes toujours si sure de vous,umunsi umwe Imana izobahana ubukozi bw’ikibi bwanyu,ntimushobora no kwigaya imbere y’imana ku bibi mukorera abahutu,ariko irababona kandi izobahana ,n’ubu yaratanguye kubahana biraboneka !!
5 Ruheshi 2015, 09:47, par SHTJIMMY
BANTU BIMANA UYU MUGABO NTIYUMVA BADAKUBISE MUGITWE GUTONA KWACANE KUNYAZA MUNGORO KANDI UGUTWI KWIHENE KWUMVA KWOKEJE REKA TWEBWE NYENE ABARUNDI ARYA MASO TUZOYEREKA IMPENGERI YUKUZIMU
5 Ruheshi 2015, 10:55, par Mukizwa HARIMANA
Kofi Annan ni mumureke kuko ntashaka gutwara Uburundi, kandi nta n’inyungu abifisemwo. NKURUNZIZA ntakunda Uburundi n’abarundi, akunda agapfa.
Ndibaza ikibazo ko bamubarira gutanga imihoho akanka,
1) Yitoje kunguvu, azokwurira indege ija i Amerika na Buraya yambaye na cravate nk’abandi?
Igisigaye ni ukwitegura ku mutima gusa kuko satani yaduhagurukiye.
5 Ruheshi 2015, 11:38, par Alexis
Amase Yakera Ntagihoma Urutaro Umuntu Aciyumviragutwara Igihugu Atamututsi Arimwo Acarikure. Reke Guhagararakubwoko. Vyaratayigihe. Nyangoma Yatangujurugamba Ntiyangajwe Nabahutu? Pancras Cimpaye Arihe? Ba Gwasa Ba Bamvugimyumvira Ba Leonce Ba Mugwengezo Nabandi Bariguturatuzanabande? Ubuharageze Aho Muzanivyamoko Kwigihecamyu Giheze. Tekane Ivyamyubirikurangira.
5 Ruheshi 2015, 11:54, par Dusenge olivier
Ariko abahutu ntabwenge mugira abatutsi nibobazanye imvururu Burundi? ahubwo nkurunziza azavaho nka habyarimana kuko nibyashaka
5 Ruheshi 2015, 13:27, par nkurunziza
Erega ntiyumva,naho ijuru ryokururuka.nigitangaza.gusa adusigiye amateka nubwo ari mabi kumva.
5 Ruheshi 2015, 17:45, par Salvator
Reka Mutama Reka!!! Uburundi Bugoye Gutwara Cane,muramutahura Kandi Mutange Agatererano Kubaka!!
5 Ruheshi 2015, 18:02, par Iragiryagahuturemi
Uyumutama Ndadaye igiheyicwa yarumunyamabanga mukuru wa ONU, inyumarero yurupmurwa Ndadaye Buyoya yakomeje kugumagaruka kubutegetsi incuro nzirenze imwe, ariko uyumutama ntiyigeze avugango Buyoya ngonatange imihoho! Arikuyumusi arubahutse abwira umuntu yitorewe nabenegihugu ngonatange imihoho ! Jewe ukondabibona uwomutama yarikwiye kushirwa imbere yubutungane mpuzamakungu agasigura impamvu ashakako uwitorewe nabenegihugu yomisaba gutanga imihoho.
5 Ruheshi 2015, 18:07, par Kabura Eliezel
BENE DATA! IVYAH’IWACU I BURUNDI AHO BIGEZE,OYAAAH!!! KURUWO WESE YEMERIMANA,ABE MASO KW’IZAMU YIWE!!
NCUTI! MBEGA KURIZI MPANDE2 (ETAT
5 Ruheshi 2015, 21:17, par BIGIRIMANA DIOMEDE
MBEGAKO NKURUNZIZA ATEMERA GUTANGA IMIHOHO AGOMBIKI? EREGA UGUTWARA IGIHUGU SUKO ARASUBIRA ABAZ .ARAZI INGENE ABANYESHUR TUGUYE MUHIRA KUBERAWE?SHA AGIRIMANA ,ARAZI ABANTU BIRIGWA BARAPFA KUBERAW?TWEBWE TUVUGADUTI,NAHAVE HATWARE ABANDI TURABE ICOHINDUKA .MBEGA ZEDI FERUZI NTIYISHWE N,UMUGAMBWE URIKUBUTEGETSI?HANYUMA NGOYITOZE KIRAZIRA TURAMWANS .NUKURI NAHANUGWE YUMVE AMENYEKO HARIYINDI MIGAMBWE IKENEYE GUTWARA ,AKOTWAMUTOYE KARAKWIYE .NDAMUTEKEREYE UYUMUGANI ,UGUTWI KW,IMPENE KUMVA KUBABUY ,KANDI INTABARIRWA IBARIRWA N,AMASO GUTUKURA.
6 Ruheshi 2015, 09:53, par KAKA RAJA
TURASAVYE IBINTU VUGANEZA YANDIKA BIRADUTUNTUZ NTAKINTU ASHOBORA KWANDIKA ATAVUZE UBWOKO MUMUSUBIREKO
6 Ruheshi 2015, 09:54, par KAKA RAJA
TURASAVYE IBINTU VUGANEZA YANDIKA BIRADUTUNTUZ NTAKINTU ASHOBORA KWANDIKA ATAVUZE UBWOKO MUMUSUBIREKO
6 Ruheshi 2015, 17:54, par N dieudonne
VUGANEZA ni bombe itegereje guturika uwaguha ubushobozi nta mututsi yosigara kw isi
6 Ruheshi 2015, 21:15, par J.D.M
Nanje Ndamushigikiy Nsabako Nkurunziza Yotanga Imihoho Ku Manda Ziwe Zaraheze.
6 Ruheshi 2015, 21:16, par nubutaha,abayobore d.z.r
ewana kweri minimekuona
kabisa uko muzehe kabisa.
arakini ukweri urijifica ro
ho yako kuwa namyakami
ngi siokuanu ukweri. wowe
aho kubera urugero abandi
mukwitorera ubaobora!big
aragara ko wari mubategu
ye kudeta yabaphanye.
none dore muracyashaki
sha aho inziritari mushigi
kirana mukwibesha nokub
ungenza umutimawanyu,
ese wabuze indi nama ya
bonwamo inzira yamahoro
kuribose watanga kandi
ugaragaraho ubukure?
uzikoh.musuzugura uburu
ndi,barundi mwumva,abab
agirinama nkizi murisuzug
uza. jewe ndumurundi.ury
akoze ibimpeshamahoro b
igaheshamahoro abo duko
rana abankoresha rusangi
apana uburundi gusa.ahub
wo nibihugu byose.cyane
cane abubaha.ijambo rya
Yesu.rero nkamwe ntabw
o mwangira inama jewe.
mbabonamo shetani.ibyo
mukora mwica nibindi mu
hita mubishinja Prezida.
Nkurunziza mugamije guse
byubuyobozi bwe hanze
ngo ni politiki murimo nt
abwo ibyo mukora bizaba
zwa, Petero !bizabazwa
wowe wabikoze nuwagush
utse, inzira mbi iragowe
bo nabayicamo bose icya
kora haramahirwe yoguhi
ndukira.itangazo,Yesu,ara
murinz
6 Ruheshi 2015, 21:32, par musubire kwiga
@iragiryagahuturemy nkiyo njiji ivuga ko ndadaye yapfuye ari kofi annan utwara nation unie yize he ntaho utaniye nuha umwarimu wa primaire gutwara iradio y igihugu gusa umenye ko kofi annan yatwaye kuva 1997-2006
6 Ruheshi 2015, 23:16, par Desire
kofi ni ikirung asante tou
kubona uzi izina rya
Perezida wuburundi ,igisi
gaye nukumenyako atana
ma yanyu abanyagasuzugu
ro.Akeneye, ndetse namw
e,nabakund amahera ntiba
kamugirinama ibyo ni 0 ha
kenewe abakunda ukuri ni
mbuto zakwo| icyakora je
mbo na umuyobozi wabiga
ragambya akwiye gufatw
a,kuberako ntabwo arubu
rundi gusa arikwigisha
umucyo mubi uva kuri
satani.jembona yigisha,a
furika yos uko ingana,uw
omucyo we ukwiye gufa
twa nkicyorezo giteye
muri,kominiti arimo guto
za ibihugu bya afurika.je
we iyo micyo Ye,ndayanze.
UMWAMI YESU NABYUMVE
ntabwo biriburangirire,
iburundi gusa.ayonamaso
mo ningero ariguha abam
eze nkawe nabumva naba
bona ibyo mbona ko aru
bugo me,nabakomeje nanj
e ndako meje kuvuga ing
aruka zubujiji bwe ntabw
o ibye bikirubwenge,oya,
7 Ruheshi 2015, 09:44, par steve uwiteka
ako kazemba HANANI karatwenza yemwe mwibuke kagitwara ONU amarorerwa yakozwe hirya no hino ubu naho ngo Mzee Nkuru ngo yegure haaaahhaaa ahejeje kwimariramwo wisky ndagahanwa ndamusabire ribe ijambo ryanyuma aherejeko yibere nyakwigendera aranjoreje kweli
7 Ruheshi 2015, 19:34, par Ndayikeza Joël
none hako igihugu kirwa mukaga ,ntiyobiraba akabis’abandi?
7 Ruheshi 2015, 22:34, par Nang@jay
nukur ndamusavye atange igihugu kuko abobamuhenda baramuhenda kuk wewe amakungu niwe bazobaza igihugu abobamuhenda bazomumfashiki kwishura? natange igihugu yirire ayoyaramaze kuronka kandi nihamwe ubarundi tutabwigwa yotanga hakirikare ndamuhaye impanuro ntamahera ndamwatse imana imubabarire kuk ibigugu imana izobiha imbabazi kuko bikora ivyobitazi ok imana umenye kiriho bantu biswe kubwawe mutama urabeneza kuko izuru niryo rikuru kubantu imigisa iva kubantu ok
8 Ruheshi 2015, 05:54, par Impunzitahuka
IGIHUGU KIIRWEMUKAGA KUBER’IKI? KWABASIRIKARE BARIBADUTEYA AMAKENGA TWAMAZE KUMENYAKO BATANASHIKA 00.999999% ? UBUHARIHIKINTU ABASIRIKARE BITEGUYE GUKORA MUGUKIGIRA ABENEGIHUGU NIGIHUGU MAZE BEMEZE ABARUNDI NAMAKUNGU KO BIYEMEJE KUZOKINGIRA IGIHUGU CABO NABAKIBAMWO BESHIBAZOTANGARA!.
8 Ruheshi 2015, 08:55, par Jamarie
Jewe Niyumvra Ko Yotanga Bitiriwe Biragorana Vyiz Yob Atanz Amahoro.
8 Ruheshi 2015, 10:23, par Hanugwa Wumve
Bantu Mukunda Kuraba Ibica Kuwu Muhora Ndabahanura Kutitaho Ivyo VUGANEZA Avuga!Mbe Kofi Annani Naw Numututsi?Naturiye Kuko Igitugu Kirakura Ntigisumba Izosi!Abatutsi Nubwoko Bw’Imana Ntaco Azobagira!P6
27 Kigarama 2015, 20:53, par Désire Niyonkuru
Piere nkuruiyoatanga mugisagara har i kuboneka umutekano.
25 Rusama 2016, 10:20, par Mutohoji
Satani Y’ Aramuhaye