Mogadishu : Abantu 9 baguye mu gitero ca Al-Shabab

Yanditswe na IGIHE
Kuya 27 février 2016 saa 11:21
Yasomwe : 29763
0 0

Abarwanyi ba Al-Shabab bakoze igitero kuri uwu wa gatanu kw’ihoteri iri ku murwa mukuru wa Somalia, i Mogadishou, ico gitero kikaba cahitanye abantu icenda.
Igiporisi ca Somaliya kimenyesha ko abarwanyi ba Al-Shabab bateye ihoteri izwi kw’izina rya Somali Youth League. Imodoka yatezwemwo ibisasu yashizwe imbere y’iyo hoteri, mu ntumbero y’uguhitana abari mu hafi y’iyo nyubakwa.
Mu bahitanwe n’ico gitero hakaba harimwo n’abarwanyi bane ba Al-Shabab.
Ico gitero ca Al-Shabab gikozwe inyuma (...)

Ico gitero ca Al-Shabab gikozwe inyuma y’umunsi umwe gusa habaye ikindi gitero ku ngoro y’umukuru w’igihugu i Mogadishou, kigahitana abantu bagera kuri batatu.

Kumenyekanisha

1
ndimurukundo 2-03-2016 à 05:57

Bahagera Baciyehe Kugirababashi Kane Kukirimba,cumukuru Wigihugu

2
Munezero J Claude 28-02-2016 à 19:59

Haha !Izontagondwa Zirahendwa Ngozishe Abo Badasangiy Idini Ngo Bacaburizwa Ubwonyene Mwijuru,habe Namba,ahubwo Baruhukira Iyosatani Ari,me yabatumye.

3
Ismail 27-02-2016 à 22:25

mbega koko nivyiza ko ikiremwa muntu chihonya kwisi ?? ariko bantu turapfiki ? twese tuzopfa kand tuzibagirana, ubumwoje tukaza twumvikana tugasangira duke twahawe n Imana, Nakare Ejo Izotubaza Ivyotwakoze, Nta ntagondwa,ahubwo Burya Bose Nintagondwa, Ushaka Kubamara Kwisi Kandi Nabonyene Bashaka Kugukuraho,none Ko Unmu6 Hapfa Mwe Hakavuka 2,umzungu Agaca Akora Inkoho 2,mwunva Mwumva Tuzohava, Twese Turabantu,kandi Twese Tuzopfa, Tugaruke Kumana Yo Mugenga Waburikintu,

4
ELIAS 27-02-2016 à 20:33

IVYABAYE NDAVYEMERA NAKARE NGURUCIRA MUKA SO UGATWARA NYOKO.UBO UKO BATEZE IBISASU IYA VYAMA BIBATWARAMWO BOTURUYE.

5
Hakizimana Jean Claude 27-02-2016 à 20:08

Harakwiye Gukorwa Ibishoboka Vyose Izo Ntagondwa Zigatuzwa Burudu Muri African

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha