Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Mogadishu : Ikambi ya Amisom yatewe
Yanditswe taliki ya 26-07-2016 - isaha 12:42' na IGIHE

Abiyahuzi bagize ibitero mw’ikambi y’abasirikare b’ubumwe bwa Afrika mu gisagara ca Mogadishu.

Humvikanye urwamo rw’ibisase biturika cane bibiri, mu nyuma haca hakurikira ukurasana.

Ikambi nkuru y’abo basirikare b’ubumwe bwa Afrika iri iruhande y’ikibuga c’indege ca Mogadishu, akarere kandi karimwo ibiro vyinshi vy’abaserukira ibihugu vyabo vya Buraya hamwe na Onu.

Itororokanirizo ry’amakuru rya Reuters rivuga ko abantu indwi bitavye Imana.
Umuhari wa al-Shabab wamenyesheje ko ari wo wagize ico gitero, kandi ko abantu barenga 12 ari bo bahasize ubuzima.

Ivyiyumviro vyanyu

BUKURU.MURWANASHYAKA.NDAKURAMUTSA.NIBENI.UMWEYABAYE.UMUKOZIWAWE.NDIBUNDI.URIBUKURU.UTUYE.MUMURENGE.WAMAYANGE.UMUDUGUDU.WAKARAMA.AKAGARI.KAGENGE.UNSUHURIZE.JAZO.

26.07.2016 à 19:02
BENIMANA.FELICIEN

Ntawundi muti atarukubavira mugihugu cabo bakitunganya bonyenubwabo.Igitangaza,ngonuburundi burikugaruramahoro mumakungu kandi niwacu bitunaniye.Ni hahangame AL SHABAB,Imanibafashe mutsindirigihugu canyu,canyazwe nababanyi banyu.

26.07.2016 à 17:00
NYAMITWE

Ubwobugabo Bwiyahura Amaherezo Yabo Aboba Ayahe ? Mana Hindura Abobicanyi Bihayibara Ryokuvishamaraso Yabana Baw

26.07.2016 à 15:04
Muyahudi

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.