IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger : Abimukira 34 bapfiriye mu bugararwa

Niger : Abimukira 34 bapfiriye mu bugararwa

jeudi 16 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu

Abategetsi ba reta ya Nijeri bamenyesha batoye ibiziga 34 vy’abantu, barimwo abana 20 bapfuye bariko bageregeza kujabuka ubugararwa bwa Nijeri.

Bamenyesha ko ata nkeka abo bantu bari abimukira bariko bagana mu buraruko bwa Afrika berekeza muri Aljeriya canke mu Bulayi.

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati wa Nijeri yamenyesheje ayo makuru ejo kuwa gatatu, Yavuze ko abagore icenda, abagabo batanu hamwe n’abana 20 boba bishwe n’inyota inyuma yaho basigiwe mu bugararwa n’abagira urudandazwa rw’abantu mur’ako karere.

Mwomenyako Ibihugu abo bantu baturukamwo ntibiramenyekana.


IGIHE

Messages

  • IMANA NIBAKIR NON ABOBAHUNGA BARABUZ IYOBATURUKA? BOBO NTIBAVUGA IYOBAVA NIBIRAGI? NON BAHUNGA IKI?

  • Ahubwo Abotwitoreye Nukuvuga Abategets Bagabe Neza Abobantu Bagira Urudandazwa Gwabantu Babakorereko Bimwe Biboneka Kuk Tubiravye Nez Wosanga Ari Inkoz Zikibi Mur Vyos,turaswe,dusombwe Nkimpene?E Barundi Tukiri Kumwe Nimuze Twikurek Abansi Mugihugu Cacu Habonek Agahengw ,twiganzure Abo Bakozi Basatani,ibhugu Vyos Bituboneko Akarorero,kuberiki Baducunaguz Nkuk Atanguvu Dufs?Nimunyishure

  • burya umuntu ahunze ntaba abuze icyo ahunga hari impamvu muyishake kd imana ibakire mubayo abantu baraheze mana uravyemeye duhonye gutya hindura mana yanje itegeke rupfu arakumvira nukuri njewe bingeze kure

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.