Niger : Umwe mu bazikwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu yahagaritswe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er janvier 2016 saa 09:59
Yasomwe : 9270
0 0

Umukuru w’umugambwe UDR TABBAT akaba umwe mu bazokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu muri Niger Amadou Boubacar Cissé yarahagaritswe inyuma y’umutaga kuwa kane igenekerezo rya 31 Kigarama 2015.
Ahejeje guhagarikwa Amadou Boubacar Cissé yigeze kuba umushikiranganji yaciye apfungirwa mu gipolisi c’inyamiramabi.
Amadou Boubacar Cissé yashikanye ibisabwa kugira yitoze mu kibanza c’umukuru w’igihugu kuri uno wa kane igenekerezo rya 31 Kigarama 2015,mu masaha yo ku mugoroba.
Bitegekanijwe ko (...)

Bitegekanijwe ko ibisabwa ku bashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bishika mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu kuwa gatandatu igenekerezo rya 2 Nzero 2016.

Kumenyekanisha

1
François 1er-01-2016 à 20:55

Bamuhoy-iki none ? Canke ntiyavuga rumwe na Reta ?

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha