Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria : Abarwanyi 28 basize ubuzima mu gitero
Nigeria : Abarwanyi 28 basize ubuzima mu gitero
mardi 5 Rusama 2015
Igisoda ca Nigeria casubirije mu ndumane abari babateye mu kwezi guheze babicira abasoda batandatu.
Igisoda ca Nigeria cari cagabishije ko kizokwihora ku basoda baco baguye mu bitero vyabagizweko mu kwezi guheze, aho naho bikaba vyaraye bishizwe mu ngiro hapfa abarwanyi mirongo ibiri n’imunani(28). Iyo mirwano yabereye ku mbibe za Taraba, aho naho hakaba hakunda kubera imirwano ikomeye. Umuhari wa Boko Haram ukamenyesha ko ivyabereye ngaho ataco babiziko ,kandi umenyesha ko muri ako gace nyene, abagwanyi bahurikiye mw’idini rya Islam bariko bategura ibitero mu gace ka Ikedichi Iweha.
Umuvugizi w’gisoda ca Nigeria, amenyesha ko ku ruhande rw’abo hakomeretse umusirikare umwe uwundi umwe barabura irengero ryiwe.

Bill Nkurunziza
Messages
5 Rusama 2015, 17:40, par Hamisi Boase
Abagira Ivyiyerekano Mu Burundi Basa Naboko Haramu Uko Niko Tugiye Kugira Izo Ntunva.
6 Rusama 2015, 06:24, par Ndayikeze Apollinaire
Urucira mukaso rugatwanyoko rindira uva amaraso
6 Rusama 2015, 06:24, par Ndayikeze Apollinaire
Urucira mukaso rugatwanyoko rindira uva amaraso
6 Rusama 2015, 17:26, par ntakiarthemon@yahoo.fr
ahubwo ntasoni ugira ubagereranya na boko haramu wewe urumwasi wigihu cu BURUNDI imana ikubabarire cene wavuze icutazi kurakwiye kuja kwishure kbs!!!!
9 Rusama 2015, 15:52, par Mélchicedeck.(Sedi.
Iconobahan,bonyingish Bakavyihoza.Bakaj Mubiganir Kuk Ntawiyadukiz Agater Atamvo.Ntibacebagira Ukwishav Rigize Kuk Urya Uwawe Ugahony Umuryango.Knd Intibagira Ntibana.