IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Pasitori Evan Mawarire yahamagaje iyindi myiyerekano

Pasitori Evan Mawarire yahamagaje iyindi myiyerekano

jeudi 14 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Pasitori Evan Mawarire wo muri Zimbabwe yari yahagaritswe mu ndwi iheze azira gutegura imyiyerekano, yahamagariye abantu kuyibandanya.

Evan Mawarire yabwiye BBC ko abantu bategerezwa kuguma mu mihana iwabo, nka kimwe mu bimenyetso vyo kwiyamiriza igiturire, ikoreshwa nabi ry’ubutunzi hamwe n’ibura ry’akazi.

Yavuze ko ivyo bikorwa biraba ihinduka ry’ibintu. Pasitori Mawarire yarekuwe ku wa gatatu igihe sentere ya Harare yasanga urubanza rwiwe rudakurikije amategeko.

JPEG - 6.7 ko
Pasitori Evan Mawarire wo muri Zimbabwe yari yahagaritswe mu ndwi iheze azira gutegura imyiyerekano, yahamagariye abantu kuyibandanya

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.