Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC: Abasirikare batandatu bapfuye barashwe n’abikekwa ko ari aba (...)
RDC: Abasirikare batandatu bapfuye barashwe n’abikekwa ko ari aba FDLR
mardi 1er Nyakanga 2015
Abasoda batandatu bari mu bacunga umukuru w’igihugu barishwe barashwe n’abantu vyikekwa ko ari abarwanyi b’umuhari FDLR,mu buseruko bwa Kongo,muri zone ya Kivu yo mu Buraruko.
Justin Mukanya musitanteri wa Rutshuru yavuze ko ari imodoka y’igisirikare yarimwo abasirikare b’igihugu yatezwe umutego ku birometero 50 mu buraruko bw’umurwa mukuru wa Kivu yo mu Buraruko,abasirikare batandatu baca batera bitaba Imana uwo mwanya nyene.
Justin Mukanya yavuze ko gushika ubu abakoze ubwo bwicanyi bataramenyekana,ariko ko amatohoza ariko araba kugira abakoze ubwo bwicanyi bamenyekane.
Ayandi makuru ava mu nzego z’umutekano aho mu gihugu ca Republika iharanira Demokrasi ya Kongo amenyesha ko,iyo modoka yarashwe yarimwo umutegetsi umwe wo mu murwi w’aba FDLR yari ahanywe guciribwa urubanza bagenzi we banka ko ashikanwa iyo ajanywe baca barasa imodoka yarimwo nawe nyene apfana n’abandi.
Mwomenya ko akarere ka Rutshuru ari kamwe mu turere twiganjemwo abarwanyi b’umuhari FDLR kuva mu mwaka w’1994.
Van Naris Mugisha
Messages
1er Nyakanga 2015, 22:50, par Mayor Mvuyekure Gicumbi
FDLR murayibeshyera. Bishwe n’ingabo za Rukarabankaba Kagome. Ubu iyo nkoramaraso ngo noneho irashaka n’uburundi!! Gusa bizayigora kuko abarunda bazakubita kagame ka gafuni yakubise abahutu bo mu rwanda na kongo.
2 Nyakanga 2015, 22:41, par Camacamapinduzi
None se mu Rwanda zankotanyi zakera ubu zahinditse izamabinga zikaba zirangwa n’imidigi (kabarebe cg Rurayi Gasana uyobora police mu Rda)aho sizo zabicishije . Aba congolais nibatitonda izo Nkoramaraso zizabamara
3 Nyakanga 2015, 01:21, par j pl
umuyobozi wacu mumushaho iki?mwabarundimwe?turabaha ubuhungiro mukatwidogahi mwemwishe abatutsi bangana iki?mwankoramarasomwe