RDC : Moise Katumbi arumvirizwa kuri uwu wa mbere

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 Rusama 2016 saa 09:33
Yasomwe : 11907
0 0

Moise Katumbi yiteze kubazwa ku birego vyo guhemba abacangero b’abanyamahanga.
Abunganira Moise Katumbi imbere y’amategeko, bavuga ko yatumweko ku munsi wa gatandatu igihe abo mu nteko zicungera inzego batera umukwabu inzu yiwe.
Uwu yahoze ari buramatari w’intara ya Katanga, arahakana ivyo aregwa, akavuga ko ahubwo ari ukurondera kumucapfuza.
Umukuru w’igihugu Joseph Kabila, yagiye ku butegetsi kuva mu 2000, n’ubu ntaco aravuga ku bijanye no gukinjura uwu mwaka, nk’uko ibwirizwa nshingiro (...)

Moise Katumbi yiteze kubazwa ku birego vyo guhemba abacangero b’abanyamahanga.
Abunganira Moise Katumbi imbere y’amategeko, bavuga ko yatumweko ku munsi wa gatandatu igihe abo mu nteko zicungera inzego batera umukwabu inzu yiwe.

Uwu yahoze ari buramatari w’intara ya Katanga, arahakana ivyo aregwa, akavuga ko ahubwo ari ukurondera kumucapfuza.

Umukuru w’igihugu Joseph Kabila, yagiye ku butegetsi kuva mu 2000, n’ubu ntaco aravuga ku bijanye no gukinjura uwu mwaka, nk’uko ibwirizwa nshingiro ririho ubu ribitegekanya.


Kumenyekanisha

1
minanisalvator 10-05-2016 à 13:11

none. kobavugango. nkurunziza. niweyasekuvakogusa’wumvabitagoye’ahubwombona. nkamuseveni. nabandinkawe, acobaribakwekuvuga,. mpanurebeshi. gutwarabiraryoshe

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha