Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Riek Machar yashitse i Juba muri Sudani
Yanditswe taliki ya 26-04-2016 - isaha 18:52' na IGIHE

Umukuru w’abarwanyi bo muri Sudani y’epfo, Riek Machar, yasubiye ku murwa mukuru Juba hakurikijwe amasezerano y’amahoro agamije guheza intambara imaze imyaka ibiri n’igice muri ico gihugu.

BBC ivuga ko Riek Machar yashitse ari mu ndege y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, avuye muri Ethiopia, inyuma yo gusivya urwo rugendo rwategerezwa kuba rwabaye mu ndwi iheze.

Riek Machar yaciye arahizwa bidatevye mu mabanga y’icegera c’umukuru w’igihugu muri Reta y’ubumwe iheruka gushirwaho.

Intambara yo hagati mu gihugu yadutse igihe Reta irongowe na Salva Kiir, yagiriza Riek Machar kuba yariko arategura gutembagaza ubutegetsi.

Izo ntureka zahitanye abantu ibihumbi, abarenga imiriyoni zibiri bahunga.

Ivyiyumviro vyanyu

Daniel,cowomenya,hariya,bose,bagenda,baba,mubigwati,rero,guhona,biroroha,,,ndashimye,mashare,kugaruste,imitayiyabantuyariyahahereye,ujugane,na,barya,badinga,namuseveni,

27.04.2016 à 12:13
Vuga,

Daniel,cowomenya,hariya,bose,bagenda,baba,mubigwati,rero,guhona,biroroha,,,ndashimye,mashare,kugaruste,imitayiyabantuyariyahahereye,ujugane,na,barya,badinga,namuseveni,

27.04.2016 à 12:10
Vuga,

Abandibo,,twehobite ?

27.04.2016 à 01:04
Abedi

NTAKAMARO KUKOWARIKUGUMA MUNTAMBARA ABANTU BATIKIRA WIYUMVIRIY NKUMUGABONTAKAMARO KUKOWARIKUGUMA MUNTAMBARA ABANTU BATIKIRA WIYUMVIRIY NKUMUGABO PE !

27.04.2016 à 00:41
MUYAHUDI

abandi bariko bariyunga naho mwebwe muramaranye

26.04.2016 à 23:21
turaje

None.Machar,yari,arindiriye,iki ?Kugira,hapfe,abantu,ibihumbi,nibihumbi ?Amaherezo,yinzira,nimunzu !!!! ;

26.04.2016 à 20:43
Daniela

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.