IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Riek Mashar yahunze igihugu

Riek Mashar yahunze igihugu

jeudi 18 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umuyobozi akomeye atavuga rumwe n’ubutegetsi muri Sudani y’Epfo, Riek Mashar, yaheruka gusubirizwa mu mabanga y’icegera c’umukuru w’ico gihugu, yahunze, yerekeza i Kinshasa ku murwa mukuru wa Repubulika Iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Riek Mashar yerekeje i Kinshassa inyuma y’igihe kigera ku kwezi ahungiye muri Equatoria y’ubuseruko, imwe muri Reta 10 zigize Sudani y’epfo. Riek Machard yashitse aho i Kinshassa kuri uwu wa mbere, bikavugwa ko ashobora kwerekaza i Addis Ababa muri Ethiopia.

Uguhungabana kw’umutekano hamwe n’ubwicanyi birabandanya muri Sudani y’Epfo, ishirahamwe mpuzamakungu ONU naryo rikaba riheruka gufata ingingo y’ukurungika abasirikare baryo bagera ku bihumbi bine.


IGIHE

Messages

  • Nta gihugu na kimwe abatutsi bagiyemwo kigira amahoro. Iyinjira rya Sudani y’epfo muri EAC ni ikimenyesho ntamusiga.Nta basoda b’Urwanda bariyo!!!!Vyotangaza ico gihugu kibayemwo amahoro!

  • None Ngaho Ko Ariho Abanyagihugu Bapfa Ntivyumvikana! Ariko Burundi Turi Muri Peace Apana Inteko Uwupfa Nuwuzana Imbunda Aje Kwigwanya Kuko Asanga Yirashe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.