IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalia: Reta yafuse umunsi mukuru wa Noel i Mogadiscio

Somalia: Reta yafuse umunsi mukuru wa Noel i Mogadiscio

mercredi 23 Kigarama 2015

Reta y’igihugu ca Somalia yafashe ingingo yo guhagarika iminsi mikuru yo guhimbaza umunsi mukuru wa Noel ku mugwa mukuru w’igihugu Mogadiscio.

Umuyobozi mukuru mu bushikiranganji bujejwe ivyo amadini, Sheikh Mohammed Khayrow, yagabishije amenyesha ko iminsi mikuru nk’iyo itajanye n’idini rya Islam, ishobora gutuma haba ibitero vy’iterabwoba vy’umuhari Al Shabab.

Sheikh Mohamed yavuze ko abajejwe umutekano bose bategerezwa guhagarika canke kubuza amahuriro yose, afise intumbero yo guhimbaza umusi mukuru wa Noel atajanye n’idini rya Islam.

Mu mwaka uheze, ku munsi mukuru wa Noel abarwanyi b’umuhari Al Shabab bareteye ikambi y’abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika AMISOM ku mugwa mukuru I Mogadiscio abasirikare batanu barapfa.

Benshi mu banyagihugu ba Somalia ni aba Islam.


Van Naris Mugisha

Messages

  • nibazako uwoy fashe iyongigo yarinziza ariko icakwiye kumenya nuko akwiye nokwigi shaabantu bakame y’uko Imana yatanze ikiruhuko kimwe gusa naco niki gikuriki kira Nisabato ibonekamuribibiriya nabanze abigishe nezakwizera yesu yazutse atari muhamadi yapfuye ntazuke murakoze nimusome Kuvayo 20;8 nayesaya 8:20

  • Gusa Uw Muyobozi Ahonyanz Agatek K’ayand Madini. Guhimbaz Uw Mus Mukur Ryar Itek Ku Bakristo, Imana Imubabarire.

  • ahubwo arabe afute amahuriro yos niryabisilamu ritavuyemwo kuk umwasi azoca aho nyene kand yorohew kuruta uko yokwinjirira mubachristu.

  • muvyukuri atarububeshi uyumusi ivukarya yesu ryanditsehe Kotubôna Umumarayika yaje kuribiki
    Ramaliya mukwezi 6 bisho Boka gute umugore atwara
    inda amezi atandatu akibar
    uka oma ruka 1. 26 isi yaheze imana nitabare

  • Ahubwo Nibace Bitegura Ntihagwe Ibara

  • Ahubwo Nibace Bitegura Ntihagwe Ibara

  • Nuwo Yabibujije Biboneka Ko Naw Ari Umu Al Shabab

  • Noweri Isobanura Ngo Ntamana Iriho Numusi Abapagani Bishiriyeho Atarububeshi Inda Ivuka Haheze Amezi Angahe? Ntanda Ivuka Kumezi Atandatu , Na Dimanche Nuko Numusi Abapagani Bigeneye Warumusi Wimana Zuba Mubapagani Uwufisubwenge Niyerekane Muri Bibiri Ahanditse Kuwamungu Ko Arumusi Wikiruhuko Soma Kuvayo 20:8 nivyakozwe nintumwa13:13-14 hamwe nivyakozwe nintumwa 13:42 ntantumwa nimwe yaruhutse kuwdmungu ntikibahaho ubihakana nazane isomo muri bibiriya

  • Noweri Isobanura Ngo Ntamana Iriho Numusi Abapagani Bishiriyeho Atarububeshi Inda Ivuka Haheze Amezi Angahe? Ntanda Ivuka Kumezi Atandatu , Na Dimanche Nuko Numusi Abapagani Bigeneye Warumusi Wimana Zuba Mubapagani Uwufisubwenge Niyerekane Muri Bibiri Ahanditse Kuwamungu Ko Arumusi Wikiruhuko Soma Kuvayo 20:8 nivyakozwe nintumwa13:13-14 hamwe nivyakozwe nintumwa 13:42 ntantumwa nimwe yaruhutse kuwdmungu ntikibahaho ubihakana nazane isomo muri bibiriya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.