Uganda : Museveni ari imbere mu matora

Yanditswe na IGIHE
Kuya 19 février 2016 saa 03:03
Yasomwe : 19170
0 0

Ibiharuro vy’agateganyo vy’ivyavuye mu matora yabaye kuri uwu wa kane mu gihugu ca Uganda vyerekana ko Yoweri Kaguta Museveni amaze imyaka 30 ku butegetsi ariwe aza imbere mu majwi, akaba afise ayagera ku bice 61.75 kw’ijana.
Mu majwi agera ku miriyoni zibiri zirenga gato, ibiharuro vyerekana ko Yoweri Museveni yatowe n’abantu barenga gato umuriyoni, ariko hakaba hari amajwi yo mu biro vy’itora bimwe bimwe ataraharurwa.
Uwo bahiganwa, mbere yahabwa amahirwe akomeye, Kizza Besigye, ibiharuro (...)

Ibiharuro vy’agateganyo vy’ivyavuye mu matora yabaye kuri uwu wa kane mu gihugu ca Uganda vyerekana ko Yoweri Kaguta Museveni amaze imyaka 30 ku butegetsi ariwe aza imbere mu majwi, akaba afise ayagera ku bice 61.75 kw’ijana.

Mu majwi agera ku miriyoni zibiri zirenga gato, ibiharuro vyerekana ko Yoweri Museveni yatowe n’abantu barenga gato umuriyoni, ariko hakaba hari amajwi yo mu biro vy’itora bimwe bimwe ataraharurwa.
Uwo bahiganwa, mbere yahabwa amahirwe akomeye, Kizza Besigye, ibiharuro vyerekana ko ageze ku bice 33.47 kw’ijana.

Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere wa Uganda, Amama Mbabazi yitoje nk’uwigenga, nawe ageze ku gice 1.87 kw’ijana c’amajwi.


Kumenyekanisha

1
matama 22-02-2016 à 11:20

NIKUNDIRA IZINGOFERO ZA MUSEVENI HATTE,

2
ernest 20-02-2016 à 17:55

Niwe yitora ntagitangaje

3
69105626 20-02-2016 à 08:36

nkunzimana arcade

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha