Uganda : Museveni yemerewe gusubira kwitoza

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 novembre 2015 saa 08:12
Yasomwe : 20412
0 0

Umurwi wigenge ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Uganda washize ahabona amazina y’abemerewe kwiyamamariza kuyobora Uganda, mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu mwaka w’2016.
Urwo rutonde rwashizwe ahabona kuri uwu wa kabiri rwerekana amazina y’abazohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu wa Uganda, abo nabo akaba ari Yoweri Kaguta Museveni wo mu mugambwe NRM uri ku butegetsi, agira akwize imyaka 30 ku butegetsi. Abandi ni Amama Mbabazi azokwiyamamaza nk’uwigenga, hamwe na Prof (...)

Umurwi wigenge ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Uganda washize ahabona amazina y’abemerewe kwiyamamariza kuyobora Uganda, mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu mwaka w’2016.

Urwo rutonde rwashizwe ahabona kuri uwu wa kabiri rwerekana amazina y’abazohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu wa Uganda, abo nabo akaba ari Yoweri Kaguta Museveni wo mu mugambwe NRM uri ku butegetsi, agira akwize imyaka 30 ku butegetsi. Abandi ni Amama Mbabazi azokwiyamamaza nk’uwigenga, hamwe na Prof Venansius Ryamureeba nawe nyene azokwiyamamaza nk’uwigenga, akaba yahora ari umwigisha muri Kaminuza ya Makelele.

JPEG - 68.8 ko
Yoweri Kaguta Museveni

Uwitwa Charles Bbaale Lwanga wo mu mugambwe Ecological Party wo muri ico gihugu ntaremererwa, mu murwi utegura amatora bagasigura ko ari kubera ataruzuza ibisabwa n’amategeko. Mu gihe yovyuzuza kuri uwu wa gatatu, akaba ashobora nawe guca yemererwa.

Batatu muri cumi n’umwe bari bamenyesheje ko bashaka kuzokwiyamamaza akaba aribo bamaze kwemererwa, umwe dosiye yiwe isubizwa inyuma, abasigaye nabo bikaba bitegekanijwe ko bemezwa kuri uwu wa gatatu.


Kumenyekanisha

1
masunzu 7-11-2015 à 22:27

Mutama Museveni kowarwanye ukiri munzinya nonekaba ushaje wanyihereye intebe nzinza ukangurira ninzu ihenze ubundi ukiyicarira ukaruhuka. ubutabera sentare itozogukurikirana ubundi ukaruhuka abandibagakomeza ibyotatunganyije

2
liLi 6-11-2015 à 21:05

MUSEVENI na KAGAME mubareke niyo bayobora ubuzma bwabo bwose nabagabo bagize icyo bamalira igihugu cyabo nabaturage babo. ntimubagereranye naaaaa.

3
kageorges 4-11-2015 à 19:42

KO museveni na nakakagame union européenne na American ataco iriko irabivugako kuko atari abahutu.haaaaaaa biratangaje kweri ariko
Imana yabahutu yarabonetse muburundi.

4
kageorges 4-11-2015 à 19:42

KO museveni na nakakagame union européenne na American ataco iriko irabivugako kuko atari abahutu.haaaaaaa biratangaje kweri ariko
Imana yabahutu yarabonetse muburundi.

5
Aaron 4-11-2015 à 15:35

Uwu yiyita Jay-z ingene acirurukonda nkumwana akivuka. Aho uriko uvuga iki nibaza ko utazi nivyo uriko uravuga. Uranezerewe rero ko wishe ? uranezerewe no kubona umuntu umwe ariwe yigarurira igihugu nkuko umengo nitongo ryumuryango.

6
Jay z 4-11-2015 à 12:13

mutama yoweri museven turagukeje kwiyo manda wiyongeye uwujamwibarara nawo mumumese nkakumwe twamesa babana babatutsi kumusaga

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha