Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zimbabwe: Uwishe intare Cecil yamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe: Uwishe intare Cecil yamenyekanye

Zimbabwe: Uwishe intare Cecil yamenyekanye

mercredi 29 Mukakaro 2015

Inyuma y’urupfu rw’intare izwi cane mu gihugu ca Zimbabwe,abategetsi b’ico gihugu bamenye uwayishe ko ava mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Iyo ntare yitwa Cecil yari ifise imyaka 33 y’amavuko,yari izwi cane mu gihugu ca Zimbabwe,yishwe n’umunyamerika yitwa Walter Palmer asanzwe akora akazi ko kuvura indwara z’amenyo.

Abategetsi bo mu gihugu ca Zimbabwe bagumye biyumvira ko iyo iyo ntare yishwe n’umunyagihugu wo mu muri Espanye,ariko Walter Palmer yaravyiyemereye inyuma y’aho izina ryiwe rimenyekaniwe biciye mu binyamakuru.

Walter Palmer yavuze ko igihe yica iyo ntare atari azi ko ikundwa cane,kandi ifise agaciro nkako yari ifise.Aricuza kubona igikorwa yahora akora kandi akunda caheze iyo ntare ipfuye.

Palmer yavuze ko ata mutegetsi wo mu gihugu ca Zimbabwe aramuhamagara,ariko yemeza ko yiteguye gukorana nabo igihe bobimusaba.


Van Naris Mugisha

Messages

  • NON IYONTARE YARIYARETA? CANKEYARIYISHAMBA ?

  • NONE IYO NTARE UWAYISHE YARAFASWE ARIMUMINWE YUBUTUNGANE KOVYABASHAVUJE ABOMWICOGIHUGU KUKO CARIKIBAFITIYAKAMARO

  • Mugenzi Moise, guhera kubanyagihugu nokubintuvyose birimugihugu vyose inyuma y’Inana bibarivya reta, ababishoboye kuvyerejana neza nink’Amerika aho atamintu ashoborakugira itongo icununtu yakorwra mwitongo atakibandanije itongo ricariba irya reta, ngombere numuntu afise inzuyiwe igize isanganya igasha akabadafise amahera canke ngwabafise insurance yinguvu yokumwubakiramwo iyindinzu ngwahoyaba hacahasubirana reta canke ama kanki bikorana. Harihonuwambwiyeko nigiti kirimbereyumuryango winzuyawe kibarica reta ngwariko igiti 99% ntaco ubukeneye kiretse 1% ubugikeneyeko agatutu nokuba kirimubidukikije.

  • KIMUBBAZWA NINTARE NTIMUBABAZWE NINZIRA KARENGANE ZABANTU BAPFA BIRABBAJE.

  • @ncutiyabose
    Urantwengeje,mu bazungu,abirabure barutwa nimbwa ninyabu,intare yo c’est grave,ariko uyo munyamerica arabesha,je namubonye mu makuru asa n’abazungu batwaye aba noirs muri USA,burya yayishe ayibona kubera yaraziko ikundwa surtout n’aba zimbabwéens ,barya bazungu bo muri USA ni aba raciste ntibashaka ikintu na kimwe giha amahoro canke umunezero meme agaciro abirabure,za murahumuka yayishe express.Nico gituma bashaka kutuzanira la sodomie chez nous,c’est dégradant.

  • @ fidelite asha aha utavuze ko ari umututsi wayishe n igitangaza

  • @ fidelite asha aha utavuze ko ari umututsi wayishe n igitangaza

  • @ fidelite ahubwo biratangaje aho utavuze ko ari umututsi wayishe

  • iyontare niribwe ninyama

  • emma

    wangu saba ikigongwe zimbabwe kuko wishe icigihugu gikunda nayahandiho ntibazogutinya ngurumunya merika ubutungane bwa zimbabwe buzo gukwirikirana nutasba ikigonwe.

  • Fidelite. Igikuru N, Uko Uwayishe Yamenyekanye. Aha Iwacu Uwishe Umuntu Ntamenyekana. Iyaba Bamaze Kukwicira Uwawe Ukabura Uwamwishe Wariguca Ubimenya. Ariko Ntavyo Ndakwifurije.

  • @kariyo
    Ivyo uvuze nivyo,ariko twebwe i wacu abicanyi barazwi gusa ntibafatwa,abo nabo ni ba buyoya,bikomagu,bagaza,nabandi basoda bose des anees anterieures jusqu’en 2005,abo kwa micombero,nibaza ko abo bafashwe twoba tugiye kwogorora

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.