IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Abantu 7 barishwe, 10 bahagarikwa hadakurikijwe mategeko mu ndwi (...)

Abantu 7 barishwe, 10 bahagarikwa hadakurikijwe mategeko mu ndwi imwe.

lundi 6 novembre 2017

Nkuko biri mu cegeranyo ca SOS-Torture kigira 99, SOS -Torture Burundi riragaruka ku biziga vyatowe mu ntara ya Gitega. rikavuga ko ibiziga vyatowe ahanini vyatowe ku misozi no mu nzuzi.

Icegeranyo ca SOS-Torture kivuga kandi ko iryo shirahamwe rifise impungenge n’amakenga ku myimenyerezo ya gisirikare ihabwa bamwe mu rwaruka rw’umugambwe CNDD-FDD, mu ntara ya Cibitoki.

Muri ico cegeranyo ishirahamwe SOS-Torture riragaruka kandi kw’ipfungwa rya Gervais RUKUKI yahora mw’ishirahamwe rikingira agateka ka zina muntu apfungiwe mw’ibohero rya Ngozi, rigasaba ko arekurwa.

Ishirahamwe SOS-Torture rikarangiza risaba igihugu ca Tanzaniya kuva mu gacerere ku bijanye n’ihagarikwa ry’indongozi zine z’umuhari FPB bahagarikiwe mu gihugu ca Tanzaniya kw’igenekerezo rya 21 Gitugutu 2017.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.