IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Pascal BARANDAGIYE avuga ko amashirahamwe 25 ariyo amaze kwiyandikisha

Pascal BARANDAGIYE avuga ko amashirahamwe 25 ariyo amaze kwiyandikisha

Monday 5 November 2018, by vianney

Pascal BARANDAGIYE avuga ko ashima intambwe imaze gushikwako nayo amashirahamwe ariko agatera akamo ayo mashirahamwe 11 kubonana n’ubuyobozi bukuru kugira yuzuze amadosiye yabo.

Amashirahamwe mpuzamakungu akorera mu Burundi yari yahagaritswe mu mpera z’ukwezi kwa Nyakanga asabwa kwisunga itegeko rishasha riyagenga aho yasabwa kurondera 4 zijanye n’urupapuro rubemerera gukorera mu gihugu, gukora bisunze imigambi reta yasize imbere,kwerekana urukaratasi rwerekana ingene amafaranga ashingurwa n’ingene akoreshwa rutangirwa mu bushikiranganji bw’ikigega ca Reta hamwe no kwerekana mu myaka itatu ko bazoba bahejeje gukuraho ubusumbasumbane bw’abakozi hisunzwe ubwoko n’ibitsina.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.