IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > CAPES+ na PISC-BURUNDI asaba Reta kubaza ibizokwigirwa mu biganiro (...)

CAPES+ na PISC-BURUNDI asaba Reta kubaza ibizokwigirwa mu biganiro vyimirije

Wednesday 17 October 2018, by vianney

Mu kiganiro ayo mashirahamwe yahaye abamenyeshamakuru kuruyu wa gatatu, Hamza Venant BURIKUKIYE arongoye CAPES+ amenyeshako ataruko abarundi bafise umugenzo wo kuganira kuva na kera ivyoganirwa mu biganiro vyimirije ku ncuro ya gatanu nimba ata kintu vyoza vyuhira kubimaze gushikwako ivyo biganiro ata kamaro ko bibaho.

Hamza Venant BURIKUKIYE yavuze ko ukwezi kwa Gitugutu atari umwanya ushemeye kugira abantu baje mu mpari za poritike kuko ari ukwezi kudasanzwe muri kahise k’Uburundi kuko hibukwa igandagurwa rya Rudoviko RWAGASORE hamwe na Melchior NDADAYE.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.