IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Ishirahamwe REGIDESO riragabisha ikena ry’amazi mu makomine ya Muha na (...)

Ishirahamwe REGIDESO riragabisha ikena ry’amazi mu makomine ya Muha na Mukaza kur’uyu wa kabiri

lundi 25 juin 2018

Nk’uko biri mw’itangazo ryashizweko umukono n’umuyobozi mukuru w’ishirahamwe REGIDESO, Simeon HABONIMANA, iryo kena ry’amazi rizova ku bikorwa vyo gusanura aho umuringoti ujana amazi watobotse mu gisagara hagati.

Muri iryo tangazo, umuyobozi mukuru w’ishirahamwe REGIDESO, amenyesha ko ishirahamwe REGIDESO ibishoboka vyose vyakozwe kugira ico kibazo mizomare umwanya muto.

Ubuyobozi bw’ishirahamwe REGIDESO bugasaba ababa muri izo komine za Mukaza na Muha, gufata ingingo zijanye n’iryo kena ry’amazi.


IGIHE

Messages

  • Abatwara bari bakwiye kwiyumvira ivyo bakorera abatwagwa. Ibikorwa nk’ivyo bikorwa mw’ijoro iyo abantu benshi baryamye hanyuma bakikangura vyaheze, na kare ko bavuga yuko bizomara umwanya muto.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.