IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda : Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène yitavye Imana

Rwanda : Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène yitavye Imana

lundi 12 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène yari amaze ukwezi mu cumba c’indembe (Coma), mu bitaro vy’i Nairobi, aho yari arwariye kanseri yo mu maraso.

Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène yahawe ibanga ryo kuba umwepiskopi afise imyaka 44 akaba yari amaze imyaka mirongo ibiri (20) ari muri iryo banga, akaba ari nayo myaka nyene yari amaze arongoye Dioseze ya Cyangugu.

JPEG - 127.6 ko
Musenyeri Bimenyimana Jean Damascène, umwungere wa Diyoseze Cyangugu

Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.