IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Umumenyereza w’umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo yatwaye igikombe ca (...)

Umumenyereza w’umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo yatwaye igikombe ca mbere mu Rwanda

lundi 27 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Umugwi wa REG ukaba watsinze umugwi wa IPRC Kigali ku manota 76 kuri 71. Inyuma y’ugutahukana iyo ntsinzi, umumenyereza w’umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo akaba yashikirije ko hari itandukaniro rinini hagati y’imigwi yo mu Burundi hamwe n’imigwi yo mu Rwanda, aho imigwi ya Basket yo mu gihugu c’Urwanda isanzwe ifatwa mu mugongo n’amashirahamwe akomakomeye, bigatuma ica ikomera.

JPEG - 82.4 ko
Umumenyereza w’umurundi Patrick Richard Ngwijuruvugo amenyereza umurwi wa RED wo mu Rwanda

Imigwi yo mu Burundi kenshi ifatwa mu mugongo n’umuntu umwe, bikaba bitorohera abakinyi n’abamenyereza.

Patrick Richard Ngwijuruvugo yagiye kumenyereza REG avuye mu mugwi w’Urunani hamwe na Berco Star y’abigeme.

JPEG - 48.4 ko
Umurwi Patrick Richard Ngwijuruvugo amenyereza

Pacifique BUKURU

Messages

  • Ndagukeje Richard Ngwijuruvugo ku bwico gikombe,ndashimira u Rwanda ruhereza akaryo Umurundi akamenyereza equipe yo mu Rwanda,atari nko ngaha Umunyarwanda aca ameswa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.