IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Tanzaniya : Amahasa yavutse afatanye yitavye Imana

Tanzaniya : Amahasa yavutse afatanye yitavye Imana

dimanche 3 juin 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko, urupfu rwabo rwababaje abantu benshi mu gihugu ca Tanzania, benshi bakaba barungitse ubutumwa bwo guhoza umuryango wabo babicishije ku mbuga ngurukanabumenyi.

Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, John Magufuli, hari haheze iminsi babonanye n’ayo mahasa, yavuze ko ababajwe n’urupfu rwabo.

Yavuze ati : "Nababajwe n’urupfu rwa Maria na Consolata. Igihe nabasanga mu bitaro, barasabiye igihugu cacu. Barota kuzokorera igihugu cabo."

Ayo mahasa yari afise imyaka 22, bari barezwe n’ababikira b’abakatolika kuva bakivuka.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.