Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abarundi bahungiye i Mahama bafise ingorane z’ukuronka inkwi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Abarundi bahungiye i Mahama bafise ingorane z’ukuronka inkwi

Abarundi bahungiye i Mahama bafise ingorane z’ukuronka inkwi

vendredi 17 Mukakaro 2015

Abarundi bahungiye i Mahama mu gihugu c’Urwanda bavuga ko ikibazi c’inkwi kibabangamiye.

Abo abarundi b’impunzi bavuga ko baheruka kuronswa inkwi mu kwezi kwa Rusama, bavuga ko baca bikora ku mashamba yegereye iyi nkambi. Abo abarundi yatanguye guhunga inyuma yaho Petero Nkurunziza bimenyekaniye ko asha ikiringi ça gatatu, bakaba babandanije guhunga bivuzwe n’a bamwe mu bihangange vy’umugambwe CND FDD ko kumusozi hatanzwe inkoho ku rwaruka rw’imbonerakure izo nazo zatanzwe mu intumbero yo guhasha abatavuga rumwe n’ubutegetsu nk’uko vyavuzwe n’abo bagumyabanga.

Izo mpunzi rero zikavuga ko zigiye gusenya zakwa unkwu,imipanga,amashoka n’ibindi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.