IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Elly’s Boy > Amasanamu > Isanamu ya mbere y’ururirimbo rwa Ellyz Boy akoze ari mu buhungiro (...)

Isanamu ya mbere y’ururirimbo rwa Ellyz Boy akoze ari mu buhungiro yasohotse

mercredi 15 Ndamukiza 2015

Hasohotse isanamu y’ururirimbo Ellyz Boy na Briallant Star bakoranye, rubaye urwa mbere uwo muririmvyi w’umurundi asohoye kuva avuye mu Burundi bivugwa ko ahunze.

"Mapenzi Safari" ni izina ry’ururirimbo rwa mbere rudushikiriye kuva umuririmvyi Ellyz Boy agiye mu mahanga, bikavugwa ko ahunze umutekano muke, inyuma yo guhakwa kwicwa yitiranijwe na Mkombozi.

Umuririmvyi Briallant Star yaririmbanye na Ellyz Boy avuka mu gihugu ca Tanzaniya ariyo n’ururirimbo rwaje ruva ku muhinyanyuzi Bakuza, rusubirwamwo na Adomix, Technology Sound biciye ku muhinyanyuzi Andellaire, aca akora iyo sanamu mubona aha munsi.

Umviriza uririmbo y’ururirimbo" Mapenzi Safari" n’isanamu yarwo


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.