Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Indwi yahariwe icunamo yasozerewe mu Burundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Indwi yahariwe icunamo yasozerewe mu Burundi

Indwi yahariwe icunamo yasozerewe mu Burundi

lundi 13 Ndamukiza 2015

Indwi yahariwe ukwibuka ihonyabwoko ryakorewe abatutsi bo mu gihugu c’Urwanda yarangiye mu Burundi, aho ivyo bikorwa vyari vyitabwe n’abantu batandukanye.

Mw’ijambo ryiwe, Desire Nyaruhirira asanzwe ajejwe gutunganya ibikorwa mu buserukizi bw’Urwanda mu Burundi, akaba yavuze ko abakoze ayo mabi, bakica abantu babaziza ubwoko bwabo, bakwiye guhanwa aho bari hose, nayo ukubahisha bakabandanya kwinyegeza, bifasha mu kwerekana ko abo, bashigikiye iryo honyabwoko ryakorewe abari mu bwoko bw’abatutsi.

Nyaruhirira kandi akaba yashimye ingingo iherutse gufatwa n’igihugu c’Ubufaransa, mu gutanga amakuru yose bazi, ku bijanye n’ubwo bwicanyi bwahitanye abatutsi barenga umuriyoni. Ubwo bwicanyi rero bwamaze iminsi ijana yose abari mu bwoko bw’abatutsi bariko baragandagurwa, akaba ari nayo minsi iyo gahunda yokwibuka izomara. Ubwo bwicanyi rero, bukaba bwaranahitanye bamwe mu bashikiranganji, aha tukavuga nka Agathe Uwiringiyimana yari umushikiranganji wa mbere, n’abandi bashikiranganji babiri Landouald Ndasingwa na Frederic Nzamurambaho.

Tukabamenyesha ko ibikorwa vy’iyinga vyogusozera icunamo vyari vyitabwe na bamwe mu baserukira ibihugu vyabo mu Burundi, abanyarwanda baba mu Burundi, hamwe n’ababanyi babo b’abarundi.


Aristide Nizigire

Messages

  • nimwihorere mfura z’u Rwanda. Never again. Biriya bikoko biriho birangara kw’isi yose nka Gahini wo muri bibiliya

  • nonese ko abahutu bo batibukwa ntabwo bava amaraso nkabandi?

  • nta mihango rusange yo kwibuka abahutu kuko batakorewe jenoside..

  • Iyi reta yu Rwanda ukondayibona aho ibikoresho nitakiki bitunganira hagatabgura kuvuga irisasu hiryanohino mugihugu cu Rwanda bazokwica abantu nkomumunota umwegusa milion zibiri zabantu bazobabahejeje kuzigarika just wait you will see the keep watching your watch , kukona babazungubavugango ivyabaye mu Rwanda barebera ngontibizongera ndemeranyanabo ariko bazohashika inyumayisaha arikwibara ryaguye muminota 30 Iyavabashaka gukingayonabivyukuri barigukoriki? Umva icobarigukora bariguhamagaza abobanuarwanda birirwa baravugira mumashamba nabari muriza Bulaya,Amerika, Asia nahandi bakavumviriza ivyonivuogusa vyohagarika akokabi nababwiye. Ntakintu kibabaje nkokubona nyokowawe canke so barishwe bazira ubwokobwabo arikukumvango jonucise yakorewe ubundibwoko arikubwoko bwuwawe ntibuvurwe.

  • BAZUMIGWA EKA RINDIRA MUZUMIGWA NGO UMWANSI AGUCIRA ICOBO IMANA IKAGUTSIRA ICANZO
    ABO MWARIYE BARUTA ABO BAPFUYE MBE IVYO MWAKOZE MURI CONGO MWIBAZA KO AMAKUNGU ATYABIZI ? RINDIRE GATO IGIKURU NUKO MWUBATSE BABERI ARIKO MURIKO MUYURURUKA NABI MUSUBIRANA MWO MBE KAREGEYA NA BA KAYUMBA NA BAHUTU?
    MUZOPFA MUMARANA KUKO MURIKO UMUVUMO

  • " KURI", Wagiye ureka kuzana uburofa bufatanyije n’amacakubiri wonkejwe kuva uri amwana kugeza ubu ahabona nko kuri Journal Igihe kuko isomwa n’abarundi hamwe n’abanyarwanda benshi. Uko n’ukwisuzuguza, kandi ikibabaje usanga uri umwe mu bakozi ba leta y’Uburundi! None nkumuntu nkawe urabona koko wabasha guserukira i gihugu cyawe aho batanga ibitekerezo byubaka cyangwa binegura ariko bigatangwa mu magambo meza. Reka nkubwire Genecide yakorewe abatutsi, tuzakomeza kuyibuka kandi abayikoze bose nubwo muzabaha irangamuntu y’uBurundi bazafatwa bacirwe imanza. Uwundi nawe avuga ngo "abahutu ko batibukwa" nuko nta genocide yabakorewe, ariko mwibuke ko na Genocide yakorewe aba Juif itahitanye aba Juif gusa! No mu Rwanda n’uko, iyo twibuka Genocide yakorewe abatutsi, twifatanya n’ababuze hamwe n’abahuye n’ibibazo byose byaturutse kuri genocide. Tukagirana inama z’uko twava muri ibyo bibazo byose tukubaka ejo hazaza h’imiryango yacitse kw’icumu n’abanyarwanda muri rusangi. Murumva ko abanyarwanda bose muri rusange bamara imisi ijana batekereza no ku ngaruka za genocide.
    Never egain!

  • reka mbabwire mwabicucu mwe mwirirwa muvuga ngo hibukwe abahutu
    mbe muzageza he ubugome???ariko ntasoni?mbe aho muvuga ngo Karegeya Cg Nyamwasa ngo nabatutsi kurinjye mbita ibitabanga kuko arya namaco y’inda kuko ibyo bavuga ninko kugenda uvuga ibibera mu cumba cyawe uraramo
    bataye ibanga nkuko namwe mwaritaye
    ayo n’amaraso y’inzirakarengane ariko arabagaruka mwarangiza ngo murarengana
    nimutuze mwihane kuko abahutu bafise umutima bemera ko abatutsi bapfuye bishwe n’abahutu
    kanfi bemera ko abafunze bazira ibyo bakoze,
    impinja mwazita kubikuta izindi mukazisekura mwarangiza mukajya kuvuga ivyo muvuga ko isoni mwazitaye ubumuntu bwo atanubwo mugira.

  • ariko nkuyu ngo ni kuri wamugabo we urwo rwango ufitiye abanyarwanda wumva watugira ute? iyo ngengas yawe ufite muburundi ubwo urimo uritegura kuzatema abantu vuba aha!!! uzibeshye tuzagufata muzima uzibeshye uzatubona.kandi umenye ngo urwanda ruratera ntiruterwa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.