IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Mkombozi yerekanye amajambo akomeye ari mu ruririmbo "PAPA MKOMBOZI"

Mkombozi yerekanye amajambo akomeye ari mu ruririmbo "PAPA MKOMBOZI"

mardi 24 Ntwarante 2015

Amajambo Mkombozi yashize mu ruririmbo rushasha yise PAPA MKOMBOZI ni nkoramutima. Urwo ruririmbo ruje inyuma ya "NZEYIMANA" bivugwa ko rwatumye uwo muririmvyi ahunga igihugu. Ikindi kiboneka, n’izina ryiwe riri hejuru y’ifoto ya Che Guevara.

Raba amajambo agize ururirimbo rutarasohoka amajwi:

"Presidence si parking y’ingendo za buri munsi, presidence ni rond point y’ibibazo vy’abarundi, Presidence si prison kandi si parquet,yogucira imanza abo mutavuga rumwe,
Inkuru itari nziza kuri jewe si nkuru,kuko umutwe utagir ubwenge uruhisha amaguru,
Gutwara n’ugusara uzosare neza,
Gutwara n’ukwiruka ari si k’umupira gusa,
Wirukange
k’ubutungane,wirukanze ubukene,ntiwirukanze abo mutavuga rumwe,
Ibiremeye abarundi n’ubutungane n ubukene,munda ntakiriyo nka cerceuil ya GUILLAUME,
Aba universitaire kuronka akazi ni hatari,ubuzima bwabo buragoye nk intambo ya makhirikhiri,
Nimba wizera wizere Imana ntuyifyinishe,namasengesho FEKI nk umushatsi wa mamenshe ntuzo dufuke amaso nukwirigwa mumasengero,kuko imbanyi y’ugwanko ntiyovyara amahoro,
Wopfuma upfana ivyiyumviro bibaho,hokubaho nivyiyumviro vyapfuye bitabaho
Uzokwubahe ibwirizwa nshingiro,uryandike mumutima ntiwizere impapuro,uzofate impuzu zera wambike aba patriote,buzuye mumpimba kubw ivyiyumviro vya politique /

Tubibutseko Mkombozi, co kimwe n’abaririmvyi bo mu murwi Lion Story, na N John Melodica bivugwa ko bahuze kubera umutekano muke barimwo bivuye ku ndirimbo zoba zitahimbaye aba canke bariya.


Cherif Nkeshimana

Messages

  • nukuri ubony ivyo yavuze ari na raison!avuga ibiba,ivyabay.ati tera imber nk’umuzinga ntavura idahita muzoteba mutahe nivyahinduka kuko nta rupfunguruzo rw’isi ababatoteje bafise?

  • Niyibere amhoro Mkombozi wacu yavuga n’uko abaraho batumva, n’ab aratekana azogaruk ibinywamaraso vyaratujijwe azoz araturirimbir atarara rubunda.

  • Nivyiza mugihe nawe atoduhamagarira mumigumuko

  • haryanokutubaha nigwara kandi ivyontawobisabirako nagasizuguro ivyarivyovyinse ntarihejuru yamategeko muburundi twarafashe ubwigenge butaribwo abobashigikira kutubahinzego ejo nibatwara bizosuvyaho tuzorabicobavuga kimwe muburundi ntiharibeagere kubwigenge mbona ubu kubantu nindero twarayitaye ntawubahuwundi dukwiye kumenyabaturuta

  • Impanuro simbi ikibi nugutukan kandi ugiye ukurab amajambo arimwo usaga harimwo amajambonkico nokwit kutubahana nayo bacumugani m’Ukirundi bati:igit kigororwa kikirigito ntiturere tambuka uzino nimba unomusi arurya ejo ni wewe ndavuga simvura bandanya murera uko iyondero mugihugu Cuburundi:@siyooooonagat@!!!!!!@

  • Mkomboz wanj komera kwibanga hakuzira inabi wozir’urukuri natw turinyuma yaw .hasta lavictoria siempe ubandany ukora ibikorwa cubutumwa bwiza mundirimbo kuko aragusabirara abagoy bagowe twibuk ko harinaband batagoy kandi bagoy.mana hezagira abarund nigihugu cuburundiMkomboz wanj komera kwibanga hakuzira inabi wozir’urukuri natw turinyuma yaw .hasta lavictoria siempe ubandany ukora ibikorwa cubutumwa bwiza mundirimbo kuko aragusabirara abagoy bagowe twibuk ko harinaband batagoy kandi bagoy.mana hezagira abarund nigihugu cuburundi hasta .

  • Babwire mutama wanje uravuga nuko utavura.

  • fuo nagra urmunt kumb urikjju cnk ww ur mur zambner kunya zahor ondesi wigz ikmvumv bakuyz umwav abo nab bigiz iwese rek tbanyko izbwa mkomboz bndany wirirmbir ahri nab bazohja iyisi siybo uraz guttza umunt utaz birmber ab bcanyi n basuma harmus urukwav ruzruk kbwa knd iyab bzi ibirmbre bokwtondey isi bafis ifungurz zubsho mug ntibagr izijru ubwats bursha bukbsa ubndi n usama yarpfuy n kdafi kand bari bkomey gusumb izbwa ng yateye amavka arja mubagbo akagrma ng naw arafis ibndi yakze yirekuz uw muda umnnira narindr manda yheze ntbwo azodcarukna nukumwicara kwrya nda yiw ark peter nurujju ntbwo narinzk umntu yimwesh uruhra k nubwnge bca bugenda rab bunyoni na adorophe ko batamusvya ubwnge iyumvire urkure iy manda ntiwkangshe ngozohungana umuryang waw bose tuzobkorrako ikivi nakar nabnye ugikunda amasoko waturiy ababkira mwakreye arya marso no mumuriro nuko muzojana mkombozi bipfuza ubavir kwis ntac gupf uzopfa natw tuzpfa muga nabo barinyuma nku murizo wibwa ruriz aband rutabibagiy hasta la victori ya siemple

  • Komera ivyiyunvir vyawe birarash iconoguhanur urabe nturenz invugo gusa

  • mukombozi,eka burya niho bavuga mukirundi ciwacu ngo izina niryo muntu,eka uriwe kabisa,niwibereho mwene data naho baguhiga bufuni na buhoro,Imana niyizigama kandi ntamusekirite wiyisi ariho twese tuzopfa,ariko sico cotuma tubura kuvug’ukuri kuriho.abakombozi turiho nkinjojo ivyo binywamaraso ivyansi vyuburundi nabarundi bizoteba vyibonereko.Mana dusenga tuzigamire Mukombozi wacu utuzigamire uburundi nabarundi bakunda uburundi amen.

  • komera turagushigikiye imana irakubona

  • Gutukana nta wobihanura umuntu ariko rero reka uwukora ikibi uwari we wese haboneke abantu b’intwari nka Mkombozi baje barabavuga ariko atawe badomye ko urutoke ngo bamuvuge mw’izina , aho azoba ari azokwiyumva niyiyumva kumbure azomenya ico abarundi bamuziko hama kumbure yihanure nimba azoba agifise "agatima bwenge" kuko dusigaye tubona ko hariho abantu batwawe n’ivyisi pe pe !!! Na cane cane abo muntwaro hejuru!!!Ni bahanurwe bumve ahandi ho tuzovuga , kugeza aho tuzoshika aho tuvuga ayamuhe kuko tuzoba turushe!

  • Sinshigikiye ibiriko bibera muburundi kandi sinashimishijwe nivyashikiye Mukombozi ariko mukombozi nareke abakina political bayikine areke kuvyitamwo aririmbe indirimbo ashobora kugurisha mugihugu nohanze yigihugu.
    Nareke konona impano yiwe mugutukana akoresheje agahogo kiwe anantu bakunda kuko atarukumuzanira kubaho nabi ntakindi.
    Ugerageje kuraba abaririmbyi bagurisha cane nabaririmba indirimbo zurukundo ariko abaririmba nka Mukombozi bose haba nomunihugu vyateyimbere babayeho nabi.
    ashaka kuja muri politics yobishira ahagaragra ariko atari mundirimbo.
    Niyumve indirimbo nindirimbo nyene sikintu ukora bivanye na mood urimwo.
    Yarimpanuro nariko ndamuha niba asoma utu du comments twandikwa ngaha.
    Merci.

  • Mkombozi ubona bakuronderakwiki?haruwo uvuga?cank haruwo utuka?twe ko tubona wiririmbira nkabandi ba star bakuronderakwiki?non muba super star bos baraha mu Burundi babony wew gusa?ko batiruka kuri ba Big fizzo cank sat b nabandi muga bakabona kwiruka kuri wew?nimba bibakorako kandi bibababaza nibahindure kuk natw twarush arik guhindura ndabo ko bitazobashobokera abantu baryoherwa babony ikiziga wumva bizoborohera?sha nibakurek uvuga ukuri.

  • NSHAKA INDIRIMBO YA PAPA MKOMBOZI

  • nakomere abafana biwe turamushigikiye ntagireubwoba ntamvura idahita

  • NUKO MUKOMBOZI AFISE IVYIYUVIRO VYIZA MUNDIRIMBO ZIWE

  • ndaku ramukije mukombozi ahurihose imana ibanènawe aboba kwiruka inyuma ntaço bazokugira kuko sibobakure mye ahurihose tekana ntanvuraida hita natwe turi inyumayawa turagushigikiye humura imanaikuzigame

  • komera turagushigikiye indirimbo zawe ziratuze zera merc!

  • YOOOO!! MUKOMBOZI NIBAKUREKE INDIRIMBOZAWE ZIRATUNEZERA

  • YOOOO!! MUKOMBOZI NIBAKUREKE INDIRIMBOZAWE ZIRATUNEZERA

  • Mukombonzinumuririvyiaryoheracanemundirimboziweusangaziryoshecane

  • Tera Imbere Nkumuzinga Abiyagiriza Nabo Birabaraba Hurumusi Ukuri Kuzoja Ahabona!

  • Mutama Courage Vraiment Urashoboye Kuririmba Ahubwo Vyarabakozeko Wewe Nugume Kuri Direction Yawe.

  • Terimbere nkumuzinga,iyo ndirimbo izoja ahabona ryari

  • non iyo ndirimbo izosohnka ryar? ni hatar

  • Je Ndanezegwa Nururimbo Mkombozi Aherutse Gusohora Mu 2014 Nkababazwa Nabagomba Kumukamangamanganiriza Ubuzima Kandi Ataribo Bamuhaye Mukombozi Turacagukunda Nubu Ntiturakuvirira Komera Abokwanka Nabo Bakwandureko Tuzanire Ibindi Vyiza

  • YIHANGANE NTAMVURA IDAHITA VYOSE BIZOHERA IMANA NIYO NKURU MKOMBOZI ASATE SANA

  • Komera Mutama Ntamvura Idahita

  • HUMURA NTAKIBAZA BIZO HINDUKA
    TUBARI INYUMA

  • Ntimugire Ubwoba Turinyumayanyu.

  • Mukombozi Irambire Nakarengo Igikere Ugiteye Umugere Uba Uriko Uracunguruza Nawe Ntiwihebure Imana Irakubona

  • Yooo? Mkombozi Iyaba Nari Imana Nokuraze Ubwami Bwijuru Ariko Kondi Umukene Ndakuraze Urukundo Nkukunda Naw Uzorukunde Abakwanka .Guma Kuri Direction Yaw

  • Mukomboz Niwirambir Kuko Kubaho Kwaw Si Abantu! Urinivyiyumviro Bihuz’abarundi Natw’imakamba Turagukunda

  • MUKOMBOZIMUKEKA KOYOBA YAHUNGIYEHE

  • nshak mumpe imwe muriz

  • nshak mumpe imwe muriz

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.