IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > PISC Burundi irakeza umukuru w’igihugu

PISC Burundi irakeza umukuru w’igihugu

jeudi 27 Myandagaro 2015

Ishirahamwe ridaharanira ivyicaro vya politike PISC Burundi rimenyesha ko rikeza umukuru w’igihugu ko yasubiye kwizerwa ngo arongore Uburundi,rigakeza kandi Reta nshasha iheruka gushingwa n’umukuru w’igihugu.

Umunyamabanga w’ishirahamwe PISC Burundi asaba Reta ko yoshira imbere imigambi y’umukuru w’igihugu harimwo kurwanya ibiturire hamwe n’abasesagura amatungo ya Reta.

PISC Burundi isaba Reta gukora ibishoboka vyose kugira impunzi zahunze kubera ibihuha zighunguke zifashanye n’abandi barundi kwubaka igihugu.Ihamagarira kandi abanyepolitike bamwe bahamagarira abanywanyi babo kugarariza inzego zitorewe n’abanyagihugu guhindura ingendo.

PISC Burundi irangiza isaba ko ibiganiro vyobandanya kandi bihurikiwemwo na bose,ivyo navyo vyoshikana igihugu ku mahoro,umutekano n’iterambere birama.

Van Naris Mugisha

Messages

  • nimwirambire mwebwe mwarize murazi ukuri aho kuri nayabafise umwanya wokuyerera reka babandanye bavuga ayamuhe.

  • nimwirambire mwebwe mwarize murazi ukuri aho kuri nayabafise umwanya wokuyerera reka babandanye bavuga ayamuhe.

  • PISC Burundi, nimwirambire murabuze neza.

  • Nimumukeze Muzoce Mumuha N’ Amafaranga Igihugu Kizokoresha Ko Amakungu Atamukeza.

  • Muribuke gukeza nabanyagihugu duherutse kumwizera!

  • namwe murashonje mureke kwiyamiriza abandi bamashirahamwe nkayo yiwanyu nimuvugeneza mureke kwitozutunyoni.ariko vyose mugira mumenye ko twebwe bene gihugu twikenerey amahoro gusa

  • Uwavuze ngo munda harara inzara hakavyuka inzigo ntiyabeshe kweli ubu naho mugire mwitwaze mugusega ngwimpunzi zahunze ibihuha ntabwenge mugira kweli hama mubwire nkurunziza nyamba abacu mwishe bazutse naze acure impunzi mugabo niyaba azi ko we nakagwi kiwe kabicanyi batarafatwa ngo bacirirwe urubunza ntampunzi muriko murabona zihunguka mukeneye abo mugandagura

  • Imbwa Ni Nyinshi Karashize Ingani. Abantu Bigire Société Civile Ari Politique Ya CNDD FDD nibasabe neza babahe babasangize n’imbwa, abo n’imisega ntaco bazovamwo na leta yabo. ariko tou bazimaranira ngo ni mucezo wa ndani kindi turabishima twebwe abenegihugu. shirira! zigiza-vuba, zirye

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.