Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda : Bamwe mu bavavanuye na FDLR basubijwe mu ngabo z’igihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda : Bamwe mu bavavanuye na FDLR basubijwe mu ngabo z’igihugu

Rwanda : Bamwe mu bavavanuye na FDLR basubijwe mu ngabo z’igihugu

samedi 5 Mukakaro 2014

Inyuma yaho atahukiye mu gihugu c’Urwanda avuye mu mirwi yahungabanya umutekano mu mice imwe imwe nka Ruhengeri na Gisenyi, General Major Jérome Ngendahimana, ubu ni icegera c’umuyobozi ajejwe gutabara abanyagihugu.

General Major Jérome Ngendahimana, yahungutse avuye muri FDLR

Uwo musirikare mukuru yari asanzwe ari mu ngabo za Reta ya Habyarimana imbere y’uko zitsindwa ku rugamba n’abasirikare b’inkotanyi, avuga ko batorohewe bamaze gutsindwa, kuko bagumye bayerera mu ntara zitandukanye z’igihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. Aho baba hose, akavuga ko batahamara kabiri, kuko amakambi y’impunzi yama yatewe, amwe amwe, akagirizwa kuba impunzi zari ziyarimwo zari mu zihungabanya umutekano mu karere k’ibiyaga binini.

General Major Jérome Ngendahimana akaba yararanguye amabanga akomeye mu murwi w’abarwanyi ba FDLR imbere y’uko ahunguka mu gihugu c’Urwanda mu mwaka w’2003. Uretseko yigeze kuba ajejwe igendereza muri FDLR, General Major Ngendahimana, akaba yaranabaye icegera c’umukuru wa FDLR, mu nyuma aba umuvugizi w’uyo muhari ufatwa nk’uwiterabwoba kandi w’intagondwa na Reta ya Kigali.

Uwo musirikare akavuga ko ugutahuka mu gihugu ciwe c’Urwanda, vyaciye inkokora umuhari wa FDLR kuko abonye uko yakiriwe neza mu gihugu c’amavukiro, vyatumye ahamagarira n’abandi gutahuka, bica bituma uyo muhari utakaza abasirikare benshi cane. Abandanya amenyesha bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE.com ko, kwakirwa neza mu gihugu c’Urwanda inyuma y’ihonyabwoko ryakorewe abatutsi, Vyatumye nabo biyumvamwo gufashanya n’abandi banyarwanda gutsimbataza amahoro.

Mukamenya ko igihuu c’Urwanda cahimbaje kuri uyu wa 4 Mukakaro, imyaka 20 kimaze cibiohoye intwaro ya Habyarimana.


Aristide Nizigire

Messages

  • Inzo ngabo mwita izigihugu abanyarwanda bagera kuri 90/100 ntabwo bazibonamo . izo ngabo tubona ari ingabo za satani kuko abantu zishe batagira umubare haba mu rwanda cg muri CONGO. ibyo rero birirwa bavuga ngo babohoje igihugu kandi ahubwo bakiboshye amateka azabibabaza. ariya mabondo yabokamye kubera kurya ibya rubanda no gukona abahutu kugira ngo batabyara bazabibazwa,, Dore ko abenshi SIDA igiye kubiyicira. muzarebe akabondo ka KABAREBE asigaye ameze nkurwaye urushwima... naho SEBUJA inkoramaraso KAGAME KUBERA KUNYWA AMARASO YABANTU ameze nkurupfu ruhagaze mwipantalo.

  • Abanyarwanda twese keretse wowe mutabazi twese tuzibonamo kuko zashoboye guhangana n’iza habyalimana zirazitsinda bidasubirwaho....izuba riva. uzaze urebe aho tugeze aho kwirirwa utukana,karibu mu Rwanda wirebere aho tugeze mw’iterambere...va i buzimu ujye i buntu kuko byose tubikesha RPF-INKOTANYI...N’amahanga amaze kwemera intambwe tumaze gutera. viva INKOTANYI

  • mutabazi uzasubire kwishyuri kwiga ikinyabupfura ingaboza satani, ingabozasatani zarizirenze iza habyarimana wabarizwagamo nizihe zicaga abantu zikabarya ntubizise none urafata ingabo zimana ngonizasatani wabicurice bicurukure biranagaragara ko watsinzwenabi ariko noneho uziyahure bigirinzira ingoma ya satani yararangiye ntizongera kubaho ukundi ndakurahiye dore ahondi uzanyomoze nindege mwahanuye irabakora tu!

  • mutabazi ibyowavuga byose ntitwabyitaho nukuntu uvuga ubwawe ururupfu rwihishe mugihuru cyangwa mumwobo akanwakawe kavuga nkakanyoye amarasoyaba tutsi nakubwiye ibyuvuga bicurukure urasanga aramahanoyibyowakeze bikunanira gusobanura ukabi curika kuko ibyuvuga ntabwo twabitahumwanya tugezekure kandi mwaravumwe nibyonyene mwabikora muziko umuntu atarinkundise hamahamwe mubone ineza yiturwindi ninabi ikiturwindi this is your return now just the sins s around you!

  • Mutabazi wabuzwa niki gutuka inkotanyi kozagukuye inkongoro y amaraso y abatutsi ku munwa? ariko urabeshya azagukora!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.