Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda: Reta irahakana ko ata bigo bitazwi n’amategeko bipfungirwamwo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda: Reta irahakana ko ata bigo bitazwi n’amategeko bipfungirwamwo (...)

Rwanda: Reta irahakana ko ata bigo bitazwi n’amategeko bipfungirwamwo abantu

vendredi 25 Nyakanga 2015

Reta y’Urwanda irahakana ko hari ibigo bitazwi n’amategeko bipfungirwamwo abantu,ku murwa mukuru w’igihugu i Kigali.

Mu rwandiko Reta y’Urwanda yasohoye inyuma y’icegeranyo c’ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu Human Right Watch,kivuga ko hari ibigo bitazwi n’amategeko,ivuga ko Human Right Watch yihenze.

Ikigo kivugwa na Human Right Watch ni ikigo ca Gikondo Transit Center.Kubwa Reta y’Urwanda ico kigo gifise akamaro kanini ko gusubiza ku murongo ababa bakoze ibidahuye n’amategeko.

Ico cegeranyo ca Human Right Watch kivuga ko Reta y’Urwanda ipfunga ahanini abadandariza mw’ibarabara, abasega hamwe n’abakobwa badandaza imibiri aribo bapfungirwa muri ico kigo ca Gikondo,ahahoze ububiko bw’ihinguriro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • HRW, Ivyonivyonivyo ibonye bidakwiye kwihanganirwa bibabaje kusumba abirirwa baratemba munzuzi zomu Rwanda baboheye mumaguniya!? Cakoze navyonyene birababaje kubona abantu aribobasigayebitwa umwanda!!!?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.