IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > UE isaba abegwa n’ikibazo ca politike kwigumya

UE isaba abegwa n’ikibazo ca politike kwigumya

dimanche 2 Myandagaro 2015

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya umenyesha ko ubwicanyi bwahitanye Gen Adolphe Nshimirimana yerekana ko ubugizi bwa nabi buriko buriyongera mu Burundi.

Mw’itangazo ry’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya,rimenyesha ko amabi uko yoba ameze kwose,canke uwoba abikoze uwariwe wese,bidashobora gufasha gukura igihugu mu kibazo ca politike kirimwo.

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya, risaba abegwa bose n’ikibazo ca politike kwigumya,bakagaruka mu biganiro,mu ntumbero yo gutora inyishu ya politike,ku kibazo kiri mu Burundi.

Iryo shirahamwe rimenyesha ko umuhuza Yoweri Museveni yosubira ku mirimo,mu maguru masha.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.