Abagirizwa kwiba amafaranga mu gisagara ca Bujumbura bafatiwe i Muyinga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 6 October 2018 saa 02:14
33375
0 0

Abagirizwa kwiba amafaranga angana imiriyoni 2 y’amafaranga y’amarundi kw’ibarabara rya mbere muri zone Cibitoke komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura bafashwe kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 6 Gitugutu 2018 muri zone Mukoni komine Muyinga mu ntara ya Muyinga.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bafashwe ari Eric NSABIMANA w’imyaka 20 ava mu ntara ya Kayanza hamwe na Diomede NDUWIMANA w’imyaka 22 avuka mu ntara ya Ngozi.

Ubwo busuma bwabaye mu ndwi zibiri ziheze mu gisagara ca Bujumbura komine Ntahangwa zone C’ibitoke kw’ibarabara rya mbere inomero 86 k’urugo rw’uwitwa Diomede NIYIMBONERA.


Kumenyekanisha

1
Ngendakumana jean baptiste 11-10-2018 à 21:16

Ahubwonimujisheivyobisumankeka Amahoroyobonekamuburundi.murakoze

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha