IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga

Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga

Tuesday 9 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano bwo kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako Leopold NZIGAMASABO w’imyaka 25 yapfuye yiyahuye akoresheje umugozi.

Ayo makuru abandanya avuga ko icatumye uyo Leopold NZIGAMASABO yiyahura kitaramenyekana.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.