IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rusizi: Ibikoresho bibujijwe mu kuroba vyafashwe

Rusizi: Ibikoresho bibujijwe mu kuroba vyafashwe

Monday 29 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza amenyeshako uyo mugara waciye usubizwa mu mazi ,ubwato hamwe n’imisegetera navyo birasamburwa.

Ayo makuru avuga ko abo bagizi ba nabi batafashwe kuko baciye bibira mu mazi ya Rusizi ariko inyamiramabi yo muri komine Mutimbuzi iza yuguruye idosiye yabo.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.