IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie –kumase: Umwana w’imyaka 12 yakomerekejwe n’imvubu

Mairie –kumase: Umwana w’imyaka 12 yakomerekejwe n’imvubu

Tuesday 9 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo mwana ataramenyekana kandi asa n’uwufise ingwara yo mu mutwe.

Ayo makuru abandanya avuga ko uyo mwana yaciye atwarwa ku bitaro vy’abaganga batagira imbibe.

Bivugwako iyo mvubu yaciye yibira mu mazi ihejeje gukora iryo bara.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.