IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y’imvura (...)

Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y’imvura yaguye

Friday 16 November 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako murizo nzu zabomotse 16 arizo ku Mutambara,7 arizo ku Mugomere,inzu 6 arizo kw’ishengero ya pentekote yo Ku Mugweji hamwe n’ibirasi 2 vyo kw’ishure ryisumbuye rya Urbain.

Ayo makuru abandanya avuga ko kw’ishure nshingiro rya Mugomere ibisakazo vy’ibirasi 4 vyasambutse.

Bivugwako uyo muntu yakomereste ubu ariko aravurirwa ku bitaro bikuru vy’intara ya Rumonge.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.