IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Muyinga :Abakozi 3 b’ishirahamwe IRC bariko barangura imirimo ata ruhusha (...)

Muyinga :Abakozi 3 b’ishirahamwe IRC bariko barangura imirimo ata ruhusha bari kubazwa n’inyamiramabi

Friday 12 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abariko bakora ibikorwa bafashwe ni Valentin KABANDIWA,Tharcisse MUSHENGEZI hamwe na Delphine MUSAVYIMANA kandi igiporisi cabimenyeshejwe n’abanyagihugu.

Ayo makuru avuga ko abo bafashwe bariko bakora akazi ataruhusha rudasanzwe bafise ,ubu bariko barabazwa mu giporisi c’inyamiramabi i Muyinga.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.